sign up! webstats forums guestbooks calendars

Commentaires BUJUMBURA News

Write message
Name *: E-mail *:
Homepage: Location:
Message *:
BB-Code:
 
  All fields with a "*" must be filled out!
Page: 1, 2, 3, ... 187, 188, 189 >
Entries: 3762
03.04.2014 08:28, Etudiant from Burundi E-mail Homepage :
Turasavye leta ije hamwe n'abanyeshuure bo muri za kaminuza batore inyishu kuko ni agahombo kubona abantu biga muri kaminuza bari muhira kandi aribo kazoza kigihugu

30.03.2014 18:40, Jambo :
@ 28.03.2014 11:36, Rurahinda :

Hari ikintangaza c'abahutu. Mbega abatutsi babaye abayahude bibatwara iki ?
Ejo mwariko muterera induru ku munwa ngo umututsi yubahutse gucisha mu kanwa ko ari umuyahude, ngo ni imbwa yuriye inzu.
Ubu muriko murasoboka muvuga ko ah'ubwo ari mwebwe muri abayahude. Who cares ?
Enda tubareke mube abayahude a notre place murabe ko hari ico bidutwara.
Twebwe duce twibera aba boudhistes canke aba shinto.
Igikuru n'uko tuvana bigahera, mukareka kuguma mutwambika ibara, mudukwegera induru y'abanyafurika n'abandi n'abanyamahanga bafise ixindi mvo zo kutwanka, ivyo vyose bikava kubera ibirago mwemeye mutazi kubijisha, mugaca mubesha hirya no hino ngo ni abatutsi bababereye intambamyi. Voila le probleme.
Kora ivyo mwemeranije na ba sobuja, bibananiye musubize indihanyi, ni mwaba mwemeranije agahanga k'umututsi naho, mubivugire ahabona, mureke kwigora mu vyoroshe.

Ndabatere inkuru, mwiruke amashamba n'imisozi uko mushaka, ariko mumenye ko mubaye A tuba Z, mubaye Z tuba A. Ivyo mudukorerera vyararenze ihaniro. Musigaye mudufiseko droit de vie ou de mort, tutazinanye, tutazi iyo mwaje muzanana (actually turahazi canke turahicura) kandi tutazi uwayibahaye. Ou plutot turamuzi, ariko tukinumira.
Enough is enough!

30.03.2014 17:05, Masaka :
Rurahinda we,

Mbega ivyo udondagura ku batutsi ubizi gute, wabibwiwe na nde, ko abatutsi ubumva ku matwi abandi ukababona ivyijiji gusa, barengana nawe urengana. Abatutsi ntubazi, ntimugenderanira, ntimusangira, ntimutumiranira, etc. C'est meme par hasard que tu comprends une petite partie de cette belle langue tutsie, mais ils ne t'en veulent pas pour autant. Wumva none ivyo wisukamwo bifise ifatiro irihe ?

Abo bahutu nabo witwaza, wababonye he, bari he ? Abahutu ko n'ejo n'ejo bundi batagira ubwoko, basangiye nyene kutabugira. What are you talking about ? Les Bahutu ne sont pas une famille, c'est une classe sociale faite d'individus agglutines dans le statut de "non-tutsi", qui donc partagent l'inconfortable statut d'etranger a ce pays, a sa population, a sa culture et a sa religion, et qui aspirent a une seule chose, etre ce qu'on appelle en sociologie une "societe sans classes" , c'est-a-dire, figee dans l'HORIZONTALITE
Les Batutsi se caracterisent par une homogeneite tribale et par la structure VERTICALE de leurs institutions et de leur mode de vie, de pensee et d'action. Ba uvuga ivyo uzi, ivyo utazi ubirekere benevyo.

28.03.2014 10:36, Rurahinda E-mail :
Ngo abatutsi muri abayahudi ? Ehe ndabereke igituma mutaribo: 1) murarya ingurube (abayahudi oya); 2) Ntimusilamuye (abayahudi ni itegeko); 3)ntimurya intama (abayahudi niyo babaga bagahereza Imana bakongera bakayirya);4) murarya ikiremve (amaraso): ku bayahudi kiraziririzwa. 5)Muri abahakanyi, nayo abayahudi bamye bemera Imana. 6) Abayahudi barangwa n'inyenyeri ya Dawudi, abatutsi ntibagira ikimenyetso kibaranga. AHUBWO, abahutu nibo bari hagufi y'Abayahudi, kubera umugenzo wo kurya umwaka (umutsima w'uburo ukojejwe imboga zirura -isogo-)usa na Pasika y'Abayahudi nayo nyene itangura umwaka. Murasoma igitabu c'Ihunga (Exode), ikigabane ca 12.

26.03.2014 14:02, Ntahitangiye from Burundi E-mail Homepage :
"Muvejuru" Je lis tes réponses qui ne sont que des imaginations d'un homme de quelques années qui veut démontrer les histoires qui datent des milliers d'années. "Cuma", la longueur de discours sans rien de précis montre ton ignorance. Tu es décidé de déformer les écrits bibliques. "Muvejuru" qui peut croire bêtement ce qu'on écrit aujourd'hui? Dans le dossier sur les Juifs, les pages 92 et 93 peuvent avoir été écrites par toi ou par tes amis pour des raisons inconnues. Celui qui dit que je suis hutu, pour moi, hutu,tutsi ou twa n'ont plus de considération; aujourd'hui je constate que chacun se déclare de l'ethnie qu'il veut et aucun moyen juridique pour le contredire. Il n'y a que "Muvejuru"et "Cuma" qui nous classent dans des ethnies sur la base des "On dit" à Paris et ailleurs.

26.03.2014 13:37, nguvumali from burundi :
Mbega Nduwimana ntiyova ibuzimu akajibuntu. Ese uguta ubwoko witwa ko wize. Ukunda umwana gusumba nyina ukaba ushaka ku mwiba. Urererwa, abarundi b'umutima ntituri kumwe

24.03.2014 13:42, Paul H. from Belgique E-mail :
L'auteur de l'article "L’ADC-Ikibiri serait impliqué dans un plan" est un idiot! Faut plutôt conseiller tes accoluttes à oeuvrer pour la paix et la stabilisation du pays. Ubu abanyagihugu nibo baca urubanza à travers amatora. Ayo mafranga société civile na ADC batanga bayakurahe ko aba DD aribo batwara tous les organes chargés des finances dans ce pays? Ni nde exactement ayatanga nanje nkayasaba ko ndi mu bipfuzako CNDD-FDD itemba, ndetse niteguye guha ijwi no gushigikira uwo wese yoduha umutwe wo guhagarika iryo terabwoba n'amabi akorwa n'igipolisi n'imbonerakure? Ubwo urazi 2000 Euros mu Burundi ingene angana? Nyangoma nawe mushakako aza ngo mumugire nka Sinduhije na Bamvuginyumvira? Ico bikoze Buyoya abateye ubwoba bw'ubusa iy'ataba we ntimuba mwaranaronse iyi myaka cumi mumaze iminsi mutwara. Mwipfuzako agauka gutwara kuri compte y'aba tutsi canke abahutu? Uwoza wese ashobora kuduha amahoro, ntidusubire kubona aba polisi n'imbonerakure n'aho yoza afise amambarwa nka Shetani twomuha amajwi! On n'avait jamais vécu dans la merde similaire!!

24.03.2014 12:56, kosher :
Abatutsi ba ba extremists nivyaba vyukuri birya biri kuri nyabusorongo arivyo muriko murategura namwe ntabwenge mugira. Ntimwigere mugeraranya abahutu bo mu Burundi nabo mu Rwanda. Nimwibazako abahutu bose bazofata inkoho bagashira ku mugongo nkakurya vyagenze mu Rwanda murihenda cane. Ok, gukoresha ibigobobo vya bahutu nkabo ba ba Mugwengezo na BA Leonce biroroshe. Ariko sinibaza abahutu bose muzabashira kuwo murongo. Ntamyaka myinshi irahera ngo twibagira iyo twavuye. sinzi ko kubana hari ico bibatwaye. Ariko mumbabarire mwaramenyereye abakevyi. Ntimurabona nukungene ikijuju cumwana w'umututsi atazi nukwandika alphabet ashobora kwinamura akavuga ngo abahutu ntabwenge bagira!!

24.03.2014 11:56, komera :
Nico gitama ari ukuvugutira umuti ivyo vyitso vyo mu kibiri hakiri Kare bitaragurisha igihugu ngo twangare

24.03.2014 11:02, Mvejuru :
Ntahitangiye, vous posez trop de questions, sans lire les reponses ni motiver rationnellement vos questions. Cette derniere releve de la negligence, et je n'y repondrai pas, pour la simple raison qu'un dossier de 104 pages a ete publie tres recemment sur ce site sur les diverses nations juives et leur localisation geographique (et raciale) actuelle. Voir donc Dossier B'nai Brih Boulogne/Paris intitule A LA RECHERCHE DES JUIFS. Les Juifs Batutsi sont decrits aux pages 92 et 93.

24.03.2014 08:42, KJKJO from BURUNDI :
DES STRATÉGIES MALSAINES: Corruption et mensonge
Au Burundi, la corruption et le mensonge sont des modes de gouvernement. Il y a un fossé énorme entre le discours officiel qui met au ban la corruption et la réalité observable au sein des institutions. C'est LA PRÉSIDENCE elle-même qui soudoie les parlementaires afin qu'ils votent des lois favorables au règne sans fin du PRÉSIDENT. Les parlementaires BATWA ont reçu de l'argent, ET DE LA VIANDE, et une promesse d'avoir désormais un MINISTRE mutwa au sein du Gouvernement. Bonaventure Niyoyanka de l'Uprona a reçu de l'argent mais n'a pas honoré ses engagements. Il est pour le moment dans une cachette et mourra comme Judas Iscariote. Les parlementaires ont également reçu de l'argent pour se prononcer en faveur de la nomination de BUSOKOZA Bernard qui fut malheureusement châtié durement par après. C'est cela LA CORRUPTION. Cet argent pourrait être affecté au paiement continu de la bourse d'études pour UNIVERSITAIRES. Le mensonge est, quant à lui, devenu la nourriture régulière du citoyen lamda. A lui on répète à tue-tête: il faudra voter OUI la nouvelle constitution au prochain référendum car, dans la tradition burundaise, il est interdit de dire NON au Roi Sebarundi. Mais alors, UN PRÉSIDENT N'EST PAS UN ROI! Et à ce m^me citoyen on dit: Tous ceux qui sont contre le troisième du Président sont des criminels prêts à massacrer la population fidèle au ROI. Dans tous les cas, le ver est dans le fruit. Qui vivra verra.

24.03.2014 03:42, Rwego :
Ntahitangiye, mwana w'abantu, ntunyitiranye. Mvejuru nyakuramba nanje nkaramba, ndasoma ivyo yandika hano nk'uko nsoma ivyo wandika. Biranezera cane, kandi simvuze ko ivyawe bitantuma nibaza aho mba n'abo tubana, n'ico nsbo bibaza. Ariko sinokubesha Mvejuru, n'umututsi atari uw'izina, aratomoye kuburyo ntari bwihangane kubivuga. Ibindi vy'abayahude uriko uribarisha kandi mbona neza ko ubikekeranya, twese uko turi, uzotubona twirabura, turi inzobe, canke igikara, dufise imishatsi y'intetere canke y'irende, sinokubesha ngo sindabizi. Ariko twese turazinanyi ko turi bene mugabo umwe. Ni wagira impari uzubaze n'abandi. Bazokubarira hamwe uhungura amatwi.

23.03.2014 21:42, Cuma :
23.03.2014 18:46 Ntahitangiye

Mbega none abahutu mu kinjana ca 21 muzoguma
mu bugugu ivyo ko Abraham na Isaac na Jacob ari abazungu wabikuye he abo babikubwiye baraguhenze

Kuvyerekeye abatutsi bari mu miryango itatu

"Kandi Uhoraho azobasubiza muri Egiputa muri mu mato (Nil) mujanye yanzira nababarira nti nti muzosubira kuyibona ukundi, mushitseyo muzokwishora mu bansi banyu... ngo mube abagurano n'abaguranokakazi,ariko nti muzobona owo kubagura.(Abahe =Abahutu=kiliziya
n'ababafasha ingwano yatanguye abazungu bashitse..nubu)

Abo ni Dani na Efurayimu":
1.Efurayimu:

"Efurayimu......jewe Uhoraho simbakirira ariko nzokwibuka ibigabitanyo vyabo ,mbere bazosubira muri Egiputa." Hoseya8:11-13.

2.Dani.
"Ehe imisi izoza niko Umwami Uhoraho agize,oteza inzara mu gihugu,ntizoba ari inzara y'ivyokurya nanke y'amazi,ariko azoba ariyo kwumva amajambo yanje,jewe Uhoraho .Kandi bazonyavuta bakubite ku kiyaga baje ku kindi(Ethiopia -Somali)bazojarajara bakubite n;iburaruko baje n'i Burasirazuba(Abatutsi=grands Lacs.)kugira ngo barondere ijambo ry'Uhoraho yamara ntibazoribona." nkuko imana yawe ihoraho ewe Dani.."Amosi 8:11-14.

3.Abana ba Yetro sebukwe wa Mose.

.Abana ba Mose ntibagiye mu gihugu c'Isezerano bari mu Batutsi.

4.Abana b'Umulewikazi n'Umwami Salomon kuva muri Ethiopia na Somalia baza mu gihugu cabo na sekuru wabo Aburahamu:

"Kuri uwo munsi nyene Uhoraho asezeranira Aburahamu isezerano ati uhereye kuruzi rwo muri Egiputa,ugashitsa kuruzi runini ari rwo Efurate,uruvyaro rwawe ndaruhaye iki gihugu ."
Itanguriro 15:18.

Abo bose bazanye inka mu gihugu c'Isezerano ry'Imana ya Aburahamu igihugu c'amata n'ubuki
igihugu mwebwe abahutu na Kiliziya mwahindye umuriro:

"Bazojana imikuku yabo n'amasho yabo baja kurondera Uhoraho(i Burasirazuba) ariko ntibazomubona azoba yitandukanije nabo ;baryarutse Uhoraho kuko bavyaye abana b'ibivyagwa(La reine Levite na Murumunawe) erega mu ku kwezi kumwe bazotikizanywa n'imirima yabo(nande abahutu na kiliziya na ya mahanga yose y'abicanyi) Hoseya 5:6-7

Ikibazo cawe ingene twirabura Imana y'abatutsi ikora ibitangaza kandi iranyegeje ndakumva kuko uri umuhutu :"Ni ukuri uri Imana yihishije wewe Mana y'Abisraeli,Umukiza"Yesay a 45:15

IGITUMA TWIRABURA NACO NYENE NDAKIGUHAYE:

Igihe Uwu Mulewikazi yaja kuvyara abatutsi muri Yerusalemu no gusukwako amavuta yavuze ati:

"NDIRABURA ARIKO NDI MWIZA MWA BAKOBWA B'I YERUSALEMU;MEZE NK'AMAHEMA Y'I KEDARI
NK'IMIKINGO YA SALOMON."
INdirimbo1:5



23.03.2014 17:46, Ntahitangiye from Burundi E-mail :
Jewe mbona ko "Muvejuru"="Nta hobitari"="Rwego&quo t; None k'utishura ikibazo? Abraham puis Isaac puis Jacob (Israèl=Juifs) de race blanche jusqu'aujourd'hui. Par quel moyen les Tutsi=Juifs sont-ils devenus noirs et pas métis ?

23.03.2014 07:44, Ntahobitari :
@ 22.03.2014 09:19, Ntahitangiye :

"Les Juifs (Israel) d'Asie et les Juifs d'Afrique (Tutsi du Burundi seulement ? Quels autres pays ?)"

REPONSE : Voir CARTE DE L'AFRIQUE JUIVE, plusieurs fois exhibee sur ce medium, et qu'on peut consulter separement, notamment dans le magnifique BULLETIN DU COSITU No 5, de Fevrier 2014, page 6. Ce mensuel hautement informatif et ouvert a divers courants de pensees, est disponible sur la page web : http://cositu.wordpress.com

23.03.2014 07:22, Charly :
Avec la condamnation expeditive des jeunes etudiants tutsis de l'Universite et des enfants mineurs d'age a la prison a vie, le Burundi revit en direct les cauchemars des PARODIES JUDICIAIRES qui alimentaient naguere l'industrie criminelle des GOULAGS Staliniens. Avec ceci de particulier que les Hutu du Burundi visent une categorie raciale tres precise, et qu'ils ont tente d'aneantir a plusieurs reprises dans un passe encore recent, la tribu des Tutsi. Cette fois-ci sera la bonne, etant donne le pouvoir illimite que certaines agences occidentales leur ont donne, sous couvert de "democratie populiste". Cette derniere a fini par signifier le droit de vie et de mort sur l'ennemi Tutsi, enfin desarme et ligote, une bonne fois pour toutes. Les jours semblent plutot bien comptes pour ces braves tutsis pris dans la nasse meurtriere, comme des poissons dans le filet du pecheur. Ici ce n'est plus seulement les heritiers du STALINISME qui sont a l'oeuvre, c'est egalement ceux de son cousin "germain", le NAZISME d'Adolf Hitler. Le premier visait les INTELLECTUELS "recalcitrants", c'est-a-dire, non-acquis aux ideaux de la "Revolution", le second visait une RACE qui, selon lui, ne meritait pss de vivre. Les Hutu du Burundi font ainsi d'une pierre deux coups. Decapiter les recalcitrants potentiels et eliminer la race qui ne merite pas de vivre.

22.03.2014 23:28, Inakigunu :
ABA BAHUTU IMANA YABADUHAYEKO IGIHANO. MBEGA YEMWE TUZOBAKIZWA N'IKI ? URUVYARO RWACU BARUMARIYE KU MACUNIRO, ABACITSE KW'ICUMU BAKABACISHA KU BUHOMBA. HARAGEZE KO TWIVYUKIRANYA NYENIZINA, DUHUNGA DUHUNGE, VYANSE NAHO DUHANGANE KU MUGARAGARO, HABA MU NZIRA ZA POLITIKI CANKE ZA GISIRIKARI. IBI BIHANO RUHASHABAMENJA NTIBISHOBORA KUBANDANYA UKUU
MBONA !!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!! !!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!! !!!!!

22.03.2014 23:12, Rwego :
@ 21.03.2014 21:03, Nzobambona :

Urashaka urongore abatutsikazi ijana na cumi, ntuzopfa ubonye umwana w'umututsi agukomokako. Umuhutu avyara umuhutu canke umuhutukazi nka we, umututsi akavyara umututsi canke umututsikazi nka we. Uko niko bipanze mu mateka ya kera akomoka ku Mana Rugiravyose. Mu mateka y'wacu, naho worongora umushinwakazi uzovyara umuhutu canke umuhutukazi. Urumva rero ko ugowe ukiriko. Ayo macakubiri witwaza nayo, uragenda uyasigurire abo wavyaye, abana b'abatutsi urabagaya ubundi ntibumviriza amanyembwa y'abahita. Abahutu ukaba usanzwe uzi ko ari "abahita". Nayinanzi ngo umuhutu atungwa no "kutamenya", nawenu ico co ndizeye ko ukizi. Shikira rero umuhutukazi utora hafi kuko niwe musangiye gupfa no gukira, umututsikazi w'abandi ureke kumusarirako ataco ari bugufashe mu ngorane zo mu mutwe ufise.

22.03.2014 21:19, Mibarwa :
@ Gakobwa :

Akabazo gato cane : Uti ni mpaka mutware imyaka 40 nk'iy'abatutsi batwaye ? Weho data numva uvyoroheje. Isango rya YEZU AGARUTSE ni co kintu cari cabanje kudutera amakenga.

Ikindi twari dufiseko impungenge ni iyi myaka irenga ibihumbi cumi na kimwe tumaze hano tumena aya mashamba twongera tunigana n'imbogo kugira tuzigire inka zikamwa amata, ... turwana n'intare, dukomorwa n'inzoka z'ubumara tukamenya kwigombora,... iyi si nayo tukayigira umurima w'Itanguriro, ubereye ijisho (Jardin d'Eden)

Ngo "ukuri gushirira mu kuyaga". Uraba wibutse no gukuramwo imyaka yatwawe n'Abahutu bazwi neza. Hari Joseph CIMPAYE chef du premier Gouvernement Interimaire. Hakaba Pierre NGENDANDUMWE. Hakaba Melchior NDADAYE. Hakaba Sylvestre NTIBANTUNGANYA (1993-1996=3 Ans). Hakongerako Pierre BUYOYA (1987-2003=16 Ans). Hakaba Domitien NDAYIZEYE (2 Ans et 1/2). Hagahereza Peter NKURUNZIZA (2005-2015=10 Ans). Muri ya myaka 40 hasigaramamwo mike cane.

22.03.2014 20:43, Makombe :
Kwiita abo bana bahejeje gucirwa urubanza rwo kubohwa ubuzima bwabo bwose aba MSD bisa no KONGERA IKIBI MU KINDI. Reka tureke ivyo vya MSD itabaho tubite uko bari. Iyaba ari aba MSD urubanza nyamukuru rwari gucibwa rwaba rwerekeye umukuru wa MSD, ariwe SINDUHIJE. Haba namba, bafashe abana bakuye muhira no muri quartiers biberamwo, barababoha, babazana mu rukiko, kugira bereke abahutu n'abanyamahanga bashitse vuba batazi abatutsi ingebe basa ishusho ry'abo bazokwirukako ejo aho bukera, hageze ko batangura ISEKEZA. Abo bana rero Ni abana b'Abatutsi. Twibuke ko bimaze kumenyekana ko ISEKEZA ryamaze abatutsi mu Rwanda ryafashijwe bikomeye n'imisore n'inkumi ziturutse muri Centrafrique. Ari naco gituma ejo bundi abahutu b'abarundi barungitse nabo imisore n'inkumi kubafasha kwica abatutsi bo muri Centrafrique bitwa aba PEULS.

Sinduhije ashinzwe kwereka abatabizi aho mwenabo bana b'abatutsi bari, no gutanga inyendamuvano yo kubafata. Turasavye dushimitse abajejwe iyi site basabe aba correspondants babo i Bujumbura babahe amazina y'abo bana, n'amasanamu yabo (photos) baheze bace bayatangaza aha nyene, kugira isi yose ibamenye, maze abantu bagifise intahe n'ijambo kuri iyi si baronke akaryo ko guhaguruka mu buryo bwose bushoboka barwanye aka KARANDA kigize ndanse mu Burundi, igihugu cacitse umuriro udahera ku batutsi.

Iki gihano kibaye igikomere congeye mu gisebe mu mishaha no mu mitima ya benshi muri twebwe Abatutsi. Igihugu cacu cabaye ibohero ry'ihezayo mu mpande zose, mu gihe hirya no hino hacitse amacuniro kuri bene Mututsi. Ibi bintu biriko bishikira abatutsi bigahitanisha abana b'abatutsi mo buryo bw'agashinyaguro, ni AGASEMA gasema iki gihugu n'abakibamwo. MSD na Sinduhije ntaco bibarabamwo. Iki ni ikibazo c'Abatutsi.

Page: 1, 2, 3, ... 187, 188, 189 >
Entries: 3762
Get free forums, guestbooks, calendars, shorturls and web statistics at motigo.
Site Information