sign up! webstats forums guestbooks calendars

Commentaires BUJUMBURA News

Write message
Name *: E-mail *:
Homepage: Location:
Message *:
BB-Code:
 
  All fields with a "*" must be filled out!
Page: < 1, 2, 3, ... 184, 185, 186, 187, 188, 189 >
Entries: 3762
22.10.2011 16:06, Makobero from Kiribati eiland E-mail :
c,est vraiment abomonable.Nos vaillants soldats servent une cause au profit de leurs superieurs.

20.10.2011 05:44, Kadeyo Anastase from Burundi E-mail Homepage :
Ni ibara ryo kumutemere kubona umunyeshure muzima wa kaminuza yitwaza ibirwanisho vyo guhonya abamurihira amakori ngo yige. None rero mama ba Ntambirakiza nabo ngo bashavuye kubona igipolisi gisanzaza abakingira ikibaba inkozi z'ikibi. Mwibaza ko igipolisi kijejwe kwagaza inkozi z'ikibi? Haba namba! Kijejwe gukingira inzirakarengane.Nayo ibinywamaraso vyovyo batavyitanze bohandagarira! Bravo Police Burundaise!!!

19.10.2011 15:31, yamuremye from Burundi :
Ubwicanyi buri muburundi burarengeje, habuze uwuhagarika ubwo bwicana, abaribajejwe kubuhagarika nibo babukora raba abo banyshure bishe ataco bazira,nagomba gukebura abarongoye uburundi ko kwihora ataho bizobashikana kandi kwia uwo mudasangiye ivyiyumviro atayo nyishu ariko muhanurane niho muzogira imigisha. Nimba ukunda imana kandi akayubaha ukunde mugenzi wawe nkuko wikunda atarivyo ntuyikunda nahowigira ngurasenga, ngurarimba,urisonjesha, ....Imana izobituma kuko muguma mwaka ubuzima abandi mubahora ubusa

19.10.2011 14:26, NTAWIGIRIRA from BURUNDI E-mail :
MBEGA AYOMA SOCIETE CIVIL YIRIGWA YIGISHA NABI IGIHUGU CABIBARUTSE BAKIBAZA NGO BARIKO BAGWANYA INTWARO YA BAHUTU EREGA TURAZIKO BAGIYE KWINYEGEZA MURAYO MASHIRAMWE YIYITANGO ARIGENGA.UWUZORUKARISHA RUZOMUMWA.

19.10.2011 08:57, Spès Burundi from Burundi E-mail :
Je suis désolée!Un burundais peut vendre son frère pour 110000?Peuple pauvre et inconscient!Changeons et devenons humains.Après la consommation de ce produit pouri , nous restons ensemble. Comme conseil, il faut dénconcer les complices de ces actes déshonorants.Quel genre de démocratie?

19.10.2011 08:10, Kadeyo Anastase from Burundi E-mail Homepage :
Hakuna wanaopinga uongozi mzuri wa Rais NKURUNZIZA isipokuwa MAMLUKI wasio na uchungu na nchi yetu. Semeni hadi mate yawakaukie, ila mjue kwamba aliyeteuliwa na Mungu hatoshushwa na wanadamu! Hamna haya!!!

18.10.2011 12:50, Jean Laurent from Burundi E-mail :
Mes chers burundais,
je regette fort pour la mort de deux étudiants de l'Université. Mais le pouvoir NKURUNZIZA crée une honte pour les pays africains!Quel genre de dirigeant qui ne dit mot quand le cao attaque son pays?
Même si il trompe les gens qu'il prie .Il est l'ange des démons par excellence. Nous sommes fatigués par ces dirigeants.
Le mensonge pur de dire qu'un étudiant détenteur d'armes. OUR POWER GET OUT THAT IN YOUR MIND!

16.10.2011 11:51, Nyakarundi from Burundi E-mail :
Si vous voulez-bien traduire le contenu de cette "Lettre à mon Pince" en Kirundi. Merci.

13.10.2011 23:32, Jewe from BURUNDI :
Mbega Rukindikiza yoshobora nawe gusigurira abarundi ingene umukuru w' igihugu yarakingiye ubuzima Ndadaye Melchior yishwe kandi Rukindikiza akarungikwa muri mission ico gihe nyene?

11.10.2011 13:23, juma from burundi E-mail :
Gatuma ni Peter; Abo banyamurenge munani bishwe ni Peter. Ubu ntaco adakora ngo abarundi basubiranemwo arabe ko yoronka agahengwe. Aba DD bose barabizi ariko baratinya kuvuga kuko baca bicwa. N'abacitse kw'icumu mu Gatumba bariko barahunga; eka ntibahunga Rwasa, bahunga Peter.

11.10.2011 09:23, Marie lyse from Bénin E-mail :
Comment se fait-il que les gens meurent comme des mouches et que les autorités ferment les yeux devant ces situations?Mon Dieu pardonne ceux qui se sont donnés la missions d'enlever la vie à leurs frères mais aussi donne leur le coeur de comprendre la beauté divine à travers leur semblables.

11.10.2011 07:02, QASSIM from Burundi E-mail :
C'est vrai harageze!
Abarundi barakwiye kwisubirako kudaguma basamazwa n'imigambwe kuko umuntu araba mu mugambwe agakora ivyo atumwe n'abamukurira ata nubwo yiyumviriye ingaruka bifise ku burundi. Ko rero vyamaze kuboneka ko abo twizeye tukabazeza gukiza igihugu aribo bariko bagitemvya, harageze ko le père de la famille "le PEUPLE" afata ikibazo muntoke hama agakora ibiikenewe kugira la famille "LE PAYS" ibadanye kubaho mumahoro nu mumunezero.

10.10.2011 08:40, Bizoza Espoir from Burundi E-mail :
Bonjour
Merci d'avoir été les premiers à publier le MANIFESTE DU GROUPE « HARAGEZE ! IL EST TEMPS ! ». Je dois attirer votre attention sur le fait que le Groupe HARAGEZE n'a rien à voir avec le parti UPD dont Francis ROHERO porte la casquette dans cet article. Si vous lui demandez sa photo, il peut vous la donner, mais de grâce, faites quelque chose pour aider les Burundais à distinguer le Groupe HARAGEZE et quelque parti que ce soit. Aucun parti ne s'appropriera jamais de la paternité du groupe.

:

Pour lever cette équivoque, nous retirons la photo de monsieur ROHERO. Et si vous pouvez nous faire parvenir une récente ce serait mieux. Merci
 
09.10.2011 08:43, Nzeyimana from Burundi E-mail :
Je crois bien que Pivotech est une société qui produit les portes en aluminium, les douches, les mirroirs.
Ou bien je n´ai pas bien lu ou bien on s´est trompé de nom de la société.
Quant à l´autre société Earth-Solar Technologies Corporation, elle collabore depuis longtemps avec l´Université Kenyane Moi. Elle n´est pas nouvelle`en Afrique de l´Est. Mais si elle peut monter quelque place solaire sur place, c´est bon.

08.10.2011 05:38, Kirenge Déus from Burundi E-mail :
Bravo pour cette société qui va aider le Burundi a couper court avec la penurie de l'électricité. Il est vrai ça va preserver nos fôrets et l'environnement en général mais je voudrais demander s'il y a eu une étude d'impact environnemental parce qu'au bout de 10 ans ou même moins, on pourra trouver à travers tout le pays des appareils hors usage sans que l'on sache quoi faire avec ça! Je voudrais proposer aux initiateurs de mettre un place un système de recyclage de ces appareils usés parce que des fois on sait que c'est nuisible à la santé humaine.

Merci encore une fois

06.10.2011 07:40, NIYONZIMA from Burundi E-mail :
TURASAVYE ABARUNDI BAHAGURUKE,NIBARA AHO ABANYAGIHUGU BAGIRA BICWE NAKIGOYI RETA IRORERA

06.10.2011 05:44, NTAGAHORAHO Diocrès Dismas from BURUNDI E-mail :
Monsieur/Madame

je viens de lire votre message plein d'amour , de patriotisme et émouvant. Puisse votre message éveiller la conscience des gouvernants et gouvernés car la Royaume est en danger. Courage, Dieu aime son peuple et Cicéron a dit: "Là où finit la loi c'est la tyrannie"



04.10.2011 10:06, Kanyoni Edmond-Fils from BURUNDI/ KAYANZA :
Nimba Leta ibona ko kumara aba FNL woba umuti w'ingorane zose uburundi bwaciyemwo kuva bucikukira,
nimba kandi ibona ko aba FNL bahonye BOSE ata ngorane zosubira kubaho, kandi ko twoca twiberaho nko mw'i paladiso;
NIBABIVUGE NEZA TUBASHIRE MU NCUNGU Z'UBURUNDI 'ABARUNDI HANYUMA TUZOKWAME TUBAHIMBAZA NK'ABERANDA.

03.10.2011 07:41, ahishakiye from burundi E-mail Homepage :
ETES SUR DE LA SANTE DU PRESIDENT DE LA REP.DU BDI!!!ATTENTION

28.09.2011 11:44, Munezero Alice from burundi E-mail :
Rwasa, toujours Rwasa. est-il vraiement le plus grand tueur que le Burundi a connu? Qui tue les gens et les jette dans les rivières? Qui a tué Ndadaye, le Prince Rwagasore et d'autres citoyens sans défense? Le Burundi est plein de meurtrier. Seul Dieu sait quand ce fardeau quitera la tête des burundais.

Page: < 1, 2, 3, ... 184, 185, 186, 187, 188, 189 >
Entries: 3762
Get free forums, guestbooks, calendars, shorturls and web statistics at motigo.
Site Information