sign up! webstats forums guestbooks calendars

Commentaires BUJUMBURA News

Write message
Name *: E-mail *:
Homepage: Location:
Message *:
BB-Code:
 
  All fields with a "*" must be filled out!
Page: < 1, 2, 3, ... 185, 186, 187, 188, 189 >
Entries: 3762
27.09.2011 17:29, NKURUNZIZA P from BURUNDI E-mail Homepage :
Turasvye abatwara biyunvireko ico gihugu aricetwese kandi bareke gukora umengo nabanyamahanga bariko bagisahura ngo bigire bamenyeko uburundi arubwabo nabo bazovyara. mbeko bubaka amazu yobo gusa bazako aribande bazoyabamwo atabiryo bafise ? nibiyumvire icofasha benshi nihobazoronka nico biba ejo ahandiho baraba nka wawundi yacumurizo kagakwavu .

27.09.2011 15:35, KWIZERA from burundi E-mail :
turasavye mumenyeko umuntu atiremye turabasavye muduhe amahoro mbe ikibazo camatara vyifashe gute turasavye murazinanye na serge uramutu bwirira amudutumireko muri kabizi mbeko bishinga gukorera kuvyo bagaza yarondeye bishinga gutera ivyamwa arya mahera yononekaye harimwo barrage zingahe ni begere abobavugarumwe nabo batavuga rumwe baganire kuko igisagara sans éclairage nagaterasoni baradugije ibiciro vyamazi namatara nibaronderemwo barrage canke batubwire regideso tuyigure ikorere abanyagihugu bizimbe muga biboneke komera

26.09.2011 21:52, Anny Minani from Burundi E-mail :
La ministre de la comminication s' appelle Concilie
pas Clotulde qui est celle des Finances.


Merci

26.09.2011 17:53, NIYONGABO from Burundi E-mail :
Il est grant temps que le pouvour CNDD-FDD et l'opposition se re saisissent et aillent sur la table des négociation afin que plus jamais un burundais ne meurt.
Ivyimbonerakure nivyuma vyindege bigira birateye agahinda;
Abarundi bose muze duhagurukire hamwe twiyamirize abicanyi.Uyu musi nibo ejo ni twebwe bozohindukirizako izo nkoho kandi aritwe twazibahaye kuko c nous ui payons les impots et taxes qui servent à l'achat de ces arm.
BATWARE VA MUGACERERE!

26.09.2011 14:00, claude from Burundi :
ABARUNDI BARAKWIYE KUMENYA KO UMUNTU YABA UMUTUTSI CANKE UMUHUTU BOSE BAREMWE N'IMANA IMWE KANDI NTAWASHATSE KUVUKA MU BWOKO KANAKA TWESE TWAGIYE KUMENYA UBWOKO TWAVUTSEMWO ARUKO DUCIYE UBWENGE! KANDI ABO BIHAYE UBUHIZI MUKWICA ABO BATAVUGA RUMWE BAMENYE KO ATAMVURA IDAHITA! HARAHO IMANA YOBIKORA UWICISHIJE INKOTA AGAHITANWA NAYO!!!!!!!!!!!

26.09.2011 09:11, NSABIMBONA from Burundi E-mail :
Il existe encore des personnes sans cœur, pourquoi RUKUNDIKIZA trouve du plaisir à narguer les familles des victimes, un tel comportement sadique voire même cynique devrait être condamné par toute personne éprise de la bonne volonté de rendre justice à qui de droit.

24.09.2011 08:08, BAGOSORA from BURUNDI-NGOZI :
KO DUTOMBOYE PRESIDENT NKURUNZIZA AKABA ARI I NEW YORK MURI ONU, NDAMUSAVYE AVEYO AVUGANYE N'AMAKUNGU KU KUNTU BOZA BAKARONGORA IBIGANIRO HAGATI Y'ABANYEPOLITIQUE BASHAMIRANYE MU BURUNDI. NNTAGUSIGANA INKORE KU MASO MU BURUNDI HARIYO INTAMBARA. Ni barondere aba nyy politique bahunze igihubu ba Agathon RWASA, NYANGOMA, SINDUHIJE, KAMPAYANO, NZOMUKUNDA,.....baganire. n'abandi banyeploitique bakiriko barakinjakinja mu gihugu cabo baganire kuvy'umutekano wabo. turiyamirije intambara, ugutoteza abadahuje ivyiyumviro na CNDD FDD biriko bigirwa mu Burundi. vyanse naho dusavye ko abarundi boca bava hasi biyamirize iyo Leta yokwanka ibiganiro. babikore nko muri Tunisia, Egypte, Syrie, Nigeria bibaye ngombwa nkurunziza azokurwe nka Kadafi na Laurent Bagbo.

23.09.2011 07:58, Fofo from kenya E-mail :
Ikibabaje, nuko hapfa abahutu gusa!! abahutu igihugu baragifashe kibagoye none cabananiye gutwara? Mbe mwibaza barya bapfuye mugatumba yaba abatutsi, uburundi ntibuba bugowe?
Ariko nagira mbahanure ko ingwano y'abavukana ntirwanishwa inkoho, igwanishwa ibiganiro, kandi bigaherera mumryango
NdaSvye Imana Yiyereke NKURUNZIZA na RWASA, kuko abo bagabo babiri bagiye hamwe bakumvikana, na cane cane ko bava hamwe, Amahoro yocagaruka. Rwasa ndagusavye ugaruke mugihugu, ureke guhendwa n'abatutsi, kuko barakwuhuye, uja narwo, baca bagutwara ikibanza cawe wari wahawe n'abanyagihugu. Rero garuka, kuko arihamwe wopfira mwishamba, uburundi bwoba buhomvye. ariko wemere ivyavuye mumatora, ntakundi nawe tuzoguhundamajwi muri 2015.

23.09.2011 06:13, juma from burundi E-mail :
Enfin, c'est mieux ainsi que ce Mr yishikana hano kwa sebuja, imikino n'indimi zibiri ziwe zadusesema. Ce n'est qu'un demandeur d'emploi de plus ariko ntaco uwutari bukuvune yokuva inyuma. Nizere ko n'iyi site izoca yugara kuko kubaho ari uko yivye abandi birababaza.

:

Twibaza ko utigeze utegera iyo nkuru na gato. Yagiye kubonana nabanwanyi biwe mu kinyegero. Ivyo kwishikana ntabirimwo.
Pour ton information ce n'est pas un demandeur d'emploi. Akazi afise ntako uburndi bufise bwomuha bugasumba.
Pour finir, site nayo izohava aruko CNDD-FDD nabamenja batwara uburundi bavuyeho ...
 
22.09.2011 11:39, Burundibwcu from Burundi :
uko babita kwose abarundi dukeneye amahoro. nibareke gutoteza aba FNL kuko nabo nyene ni abantu nk'abandi. ni bakoreshe ubutungane bubahirize inzirakarengane bareke kubahora ivyiyumviro vyabo vya politique. mbega aho aba FNL baphereye bicwa hirya no hino mu gihugu ko batari bwashinge ikigandaro? Abo ba DD bapfuye nibo bafise amaraso atukura gusumba ayandi?

21.09.2011 21:34, Ndimaso from Pays-Bas E-mail :
Ariko jewe murantangaza ! Mwibaza ko imyaka bamaze mwishamba barya bakanywa amaraso y'abantu mwibaza ko bipfa guhera guryo ? Amaraso y'abatutsi yarabaduhiye , ubu naho bagomba kumviriza aya bene wabo! Kandi barundi ndabategera barabonye ko mu Burundi badahana , barabonye ko batashe neza bakakirizwa impundu n'ingoma bagashikira mu zuzuye! none mwagira ngo bahagarike? Harya iyo babanza bakabahana bagashikira guhanwa ubu baba bafise indero y'abantu! none ubu bafise indero y'inyamaswa !

21.09.2011 15:06, mujambere from burundi E-mail :
abarundi turakwiye kumenya kumenya ko turi bamwe ubonye umuntu yishe mugenzi we ejo azohindukirira kuri we none leonce yarazi ko azohigwa n'abahuntu bene wabo bakirikumwe mwishamba bari bazi ko bariko bagwanya umututsi none bene mama ubu ubona ari bande bariko baragwana vyabaye akayobera bahinga mwoshaka mwobireka biragoye ntugatume kwica kuko urya akwemerera kwica mugenzi we harigihe mutaguma mumeraniye neza nawe akaguhitana kandi utaguye ingwano ntumenya abo ihitana haraho hagendamwo abkunzi benshi je novugako leta yokwikubita agashi ikabona ko uwuri mumugabwe uwriwo wese ari umuntu ava amaraso nkarya y'uwuri mumugambwe uri kubutegetsi kuko bose baremwe n'imana imwe rudende mureke guhuma amaso imana kirazira turabizi kuva turi bato ko imana ariyo gutinya muragowe rero mwabantu mwinyegeza inyuma y'ijambo ry'imana nariko ndahanura bikunda


21.09.2011 00:08, Butere from New Zealand E-mail :
Mbe uwo avuga ko abo bateye ari aba FNL boba baramubariye ko aribo babigize. Mugabo ntivyontangaza vyanditswe na Tutsi.org. Nimurindire bene kubigira bavyemange bo nyene imbere y'uko mutangura guterana imiragwe mwambika ibara abantu kandi mutaramenya uwabigize.

20.09.2011 16:19, Florent from Burundi E-mail :
Maintenant le regime ne dira plus que le pays est en paix.

20.09.2011 09:38, kabizi from burundi :
Iyo mw'ijuru ntimwibaze ngo ntibabona basha rore tu

20.09.2011 05:57, Jean Claude from Burundi :
Monsieur le President, faites tout pour que ces tueries s'arretent. cherchez ces presumés rebelles pour commencer les négociations dans les plus bref delais.

20.09.2011 03:19, emmanuel from burundi E-mail :
Jewe nibaza ko iyi myifato iteye isoni.
1: abagwana niba bafise ico bapfa n'abategetsi nihane isango ryo kugwana hama baje kukibuga tubarorere boye kwica inzirakarengane y'umunyagihugu. None ko abo ushaka gutwara ko ubamaze uzoca uvuga ko ugwanira nde?
2: Bategetsi b'i Burundi, iyo hari uwufise kwidoga kuri iki canke kiriya ni vyiza ko mwomwumviriza mu nzira y'ibiganiro mutabanje kureka ngo ibara rigwe hama ubone kugurura imiryango. Mukwiye kumenya ko umuntu naho apfa ari umwe yarakwiye kwitabwaho n'igihugu cose. None ko ubw'icanyi amaradiyo yamamaze igihe asemerera ko bwasaze, ntimubona ko batarira busema? Ndasavye yemwe bategetsi, mukorere amahoro. Agatima k'agakoko iyo kamaze guvyuka mu bantu nivyiza ko mutokomantaza amazosi nka Farawo. Mbega none banyakubahwa, mushaka ko hopfa abangana gute kugira mwemere ko intambara mu burundi iri ho? Ndazi ko kuri mwebwe, iyo ata wanyu apfuye umengo nta kibaye, hakababara uwubuze. Muzomenyera ryari kubana n'abo mudahuze ivyiyumviro? Ve i buzimu muje i buntu, rondera abo bose basaba ibiganiro twebwe muduhe amahoro. Iyi genocide ihaye iraba, ihagaze ku mpade zibiri. Leta n'abariko barayigwanya kandi muzobibazwa.

YESU ABIYEREKE MUROTE AMAHORO. ABABUZE NATWE, DUSHISHIKARE KWIYEGEREZA IMANA YO MUHOZA WA BOSE.
MURAKOZE.

19.09.2011 12:00, MARIE LYSE from Burundi E-mail Homepage :
Vraiment en tant que burundaise je crie fort que les dirigeants de notre pays arrêtent ces massacres.où sont -ils pour laisser les gens périr?

19.09.2011 11:50, Kabwa from burundi E-mail :
DEAR FATHER, we know that no Wall is too tall for Your Power to overcome! There is no pain too hurtful, or storm too intense, that You can't calm with a simple command. We believe You when You say that greater is He within Us than the evil that is in the world. Deliver us from fear right now. Give us victory over depression today. You are capable Father. Speak to our hearts. Amen. ♥

19.09.2011 09:33, Karikera from burundi E-mail :
Qui vivra par les armes périra par les armes à bon entendeur salut

Page: < 1, 2, 3, ... 185, 186, 187, 188, 189 >
Entries: 3762
Get free forums, guestbooks, calendars, shorturls and web statistics at motigo.
Site Information