sign up! webstats forums guestbooks calendars

Commentaires BUJUMBURA News

Write message
Name *: E-mail *:
Homepage: Location:
Message *:
BB-Code:
 
  All fields with a "*" must be filled out!
Page: < 1, 2, 3, ... 186, 187, 188, 189 >
Entries: 3762
17.09.2011 19:02, karikera from Burundi :
le plan SAFISHA n'existe pas car nous venons de constater que la liste des victimes de tueries enregistrées au Burundi n'est pas sélective. parmi les morts, il y a des militants CNDD-FDD, des FNL, des militaires, des enfants, donc toute catégorie confondue. il faudrait que les auteurs de certains articles se saisissent. merci

15.09.2011 12:34, niyuhire from burundi E-mail :
la traque des FNL n'est autre qu'un génocide organisé par le pouvoir. Tôt ou tard c'est le président NKURUNZIZA Pierre qui répondra devant les tribunaux

11.09.2011 17:44, tommy kayoya from burundi E-mail :
imbonerakure,ivyuma vy indege,intakangwa aba gedebu,aba sans echecs,sans defaite turiko tuva tujahe nimuri a manyanga gusa gwaruka haaa!!!!!!!!

11.09.2011 17:40, tommy from burundi E-mail :
j ai entendu le terme SAFISHA on veux des eclaircissements

09.09.2011 09:20, Rudahunga J. Chrysostome from Burundi E-mail :
MPEMUKE NDAMUKE

Ego birazwi kandi vyaravuzweko ubu abica abarundi bahembwa hagati y'ibihumbi 200.000 Fbu na 300.000 Fbu. Mugabo rero Rwaruka rw'uburundi aho gukora amaraso y'umwana w'umuntu, ukayasesa hejuru y'amafaranga uko yoba angana kose ni umuvumo ukomeye cane ku Mana yoyo yaturemye.

Mbe mujamwibuka muri Bible uko Gahini yishe Abeli ingaruka vyamugizeko ?

Rwaruka mureke guhendwa n'amafaranga ahubwo mwige gukoresha umutwe wanyu kuko burya ntakijuju kibaho igikenewe nugukura amaboko mu mpuzu gusa naho ubundi nayo mafaranga mwoyaronka mutarinze gukora amaraso y'umwana w'umuntu.

Ubu MPEMUKE NDAMUKE niyo yeze mubantu (Nice naka bampe 200.000 Fbu), mugabo rero Barundi ni musubize agatima mpembero maze mwibuke ko ico utipfuzako bakugirira nawe ntukakigirire abandi kandi ukunde mugenzawe nkuko nawe wikunda bityo uzoraba ko kwica mugenzawe atari vyiza kandi impera nimperuka uzobona ingaruka zavyo kabone nubwo utofatwa ngo uhanwe n'ubutungane canke na Leta UMUVUMO w'Imana wo ntaho uzowuhungira.

Murakoze



09.09.2011 08:52, Rudahunga J. Chrysostome from Burundi E-mail :
DUHARANIRE GUKUNDA IGIHUGU CACU

Abarundi benshi b'umutima turaziko ubu Burundi bubayeho kubera Gabriel Rufyiri na Mbonimpa iyatababo Uburundi buba bugeze habi. Mu kwandika iyi commentaires yanje nagira nshimire abo bagabo babiri ibikorwa vyabo vyiza kandi nkanababwirako tubashigikiye nubwo tubona abandi babarwanya ukibaza ico babahora tukakibura kuko ari Rufyiri na Mbonimpa bavuga ukuri kandi bakavuga bavugira Abarundi n'Uburundi kugirango Uburundi bwogorore none ababarwanya nabo baharanirako Uburundi bwogorora canke bafise ibindi baharanira ?

Mbe nkumuntu avuga asaba ko itunga ry'igihugu ricungwa neza ntiryizizirwe na bamwe akamagana abica abandi mbe nkuwo muntu womuhora iki ? Keretse niba ivyo arwanya nawewe arivyo ukora canke ushigikiye. Barundi namwe Barundikazi mwese muze duharanire kuba mumurongo umwe na Gabriel Rufyiri hamwe na Pierre Claver Mbonimpa, Umurongo wo gukunda igihugu cacu, tugikorere doreko arivyo bibuze muriki gihe bityo Uburundi buzokogorora.

Murakoze

08.09.2011 13:24, Rudaunga J. Chrysostome from Burundi E-mail :
Erega NDAYISHIMIYE kurwana siwo muti, ahubwo jewe mbona udakunda igihugu cawe hamwe n'abarundi, kandi mbona udahanurwa ahubwo uruwo kwerekwa n'iminsi. Gusa nokumenyesha ko atari wewe ugenera abantu ico baba kuko wewe uri umuntu n'ejo canke hirya y'ejo ubu Burundi wobusiga abandi bakabusigaramo ja umenya ko twese kuri iyi si turi abahisi kandi na wewe urimo nubwo wokwigira igihambaye gute. Kwari ukuguhanura nubwo bigoye.

08.09.2011 07:56, NAHIMANA from Burundi E-mail :
Le Burundi s'est toujours distingué par sa détermination à nettoyer sa population. Ce nettoyage consiste à éliminer tous les Hutus qui veulent défendre leurs droits. Les gouvernements qui se sont succédé au Burundi ont massacré des milliers de Hutus et voila que, malheureusement , le gouvernement du CNDD-FDD continue la salle bésogne. Nous avions espéré qu'un gouvernement élu par la population allait s'occuper des problèmes quotidiens de la population, mais plutôt le gouvernement la pourchasse et est entrain de l'exterminer. Ce gouvernement a planifié un génocide et si nous continuons à penser que seuls les membres du parti FNL sont les seules cîbles, nous nous trompons car tous les Hutus sont des cîbles. Il semble que le plan Simbananiye sera bien exécuté par ce gouvernement car des Hutus ventriotes du CNDD-FDD ont participé et continuent à participer à l'élimination des Hutus. Les extrémistes tutsis ont trouvé des partenaires efficaces dans le parti CNDD-FDD pour anéantir une fois pour toute les Hutus. J'ose espérer que les Burundais (Hutus et Tutsi ensemble)patrio tes s'organiseront pour arrêter ce génocide en cours au Burundi.

08.09.2011 07:01, Ruriyabandintirukwibagiye from Bujumbura/Burundi E-mail :
IBARA MU BURUNDI!

Il ya trois semaines que deux personnes sont assassinées à Busoro de la Commune Kanyaosha à bout portant par les Imbonerakure du parti au pouvoir CNDD-FDD. Après ces forfaits, une récompance a été offerte aux assassins Imbonerakure une semaine après. Ces derniers ont fêté à Kanyosha dans une bustros fantôme (kari ku mabarabara abiri imbere y'ubunywero bwo kwa Colonel ku Musufu).

Des sources bien informées nous ont fait savoir que la documentation (Adolphe NSHIMIRIMANA) a donné 200.000 fbu aux assassins parce qu'ils ont accompli la mission qui leur avait demandé. Vous comprenez cette honte dans les pieds du Gouvernement Burundais et du CNDD-FDD en particulier.

Au moment où le Burundi connaît des problèmes d'eau, d'éléctricité, d'infrastructures et équipements scolaires et sanitaires,etc, qu'il faut acheter et mettre à la disposition du peuple burundais, on impose aux paisibles paysans de lourds impôts et taxes pour acheter à la fin leurs têtes.

Par ce message, je vous invite de ne plus payer des impôts et taxes qui vont tourner après contre vous. Un chétien de bonne foie doit toujours se confesser surtout quand il est dans ces derniers jours et céder aux pauvres toute sans richesse. Adolphe NSHIMIRIMANA et son patron BUNYONI devraient faire ainsi surtout qu'ils sont mourrants de la maladie du Siècle (VIH/SIDA).

Abasokuru bati:"Ruriye abandi ntirukwibagiye". Ces hommes ci haut-cités et leurs milices imbonerakure vont répondre à leurs actes ignobles. Uwufise amatwi yo kumva niyumve!

Chers compatriotes, je ne saurais terminer ce message sans présenter mes condoléances aux différentes familles qui ont perdus les leurs assassinés par la Police du CNDD-FDD et les miliciers Imbonerakure de ce même parti.

Murigumya!

08.09.2011 06:08, kaziri from Rwanda E-mail :
Bujumbura news rukindikiza mureke ntaco yononeye abarundi nimwandike ibigoye abarundi nivyo vyotugirira akamaro! Ivyo umengo ni rivalité na rukindikiza navyo nta teka bibaha!!

07.09.2011 13:31, Ruriyabandintirukwibagiye from Burundi E-mail :
Chers compatriotes, la situation dans laquelle se trouve le Burundi est vraiment particulière. On observe ou on entend ici et là des tueries des membres des partis politiques de l'opposition. Le parti le plus visé est les Forces Nationales de Libération d'Agathon Rwasa. Les cas les plus récents sont ceux de Kinindo en Mairie de Bujumbura et à Bubanza. Ces forfaits sont commis au grand jour par les éléments de la Police et les milices Imbonerakure du CNDD-FDD, parti politique au pouvoir. Dans l'histoire du Burundi, un type de comportement a caractérisé le régime de Micombere et a abouti au Génocide de 1969 et 1972. Vu le silence du Gouvernement face à ces tueries, les Burundais pensent que c'est un plan du Gouvernement en exécution, sinon où est-il?
Chers compotriotes, tous ceux qui tuent des innocents sous prétexte qu'ils sont membres d'un parti politique de l'opposition ou de la mouvence présidentielle vont répondre tôt ou tard. Nous demandons à l'ADC-Ikibiri et surtout aux FNL de dénoncer régulièrement ces actes ignobles et de prendre la communauté nationale et internationale à témoins.
Chers compatriotes, je ne saurais pas terminer ce message sans présenter mes condoléances aux différentes familles qui ont perdus les leurs assassinés par la Police du CNDD-FDD et les miliciers Imbonerakure de ce même parti.
Que les imbonerakure, Bunyoni et Adolphe NSHIMIRIMANA sachent que chacun à son tour chez le coiffeur!

Courage à tous, on sera sauver un jour.


07.09.2011 13:11, Ruriyabandintirukwibagiye from Burundi E-mail :
Abo ba CNDD-FDD bariko baratoteza abandi barundi baramanya ko "aho bari hari abandi, kandi ko ejo hazoba hari abandi". Ivyo vyose bazobibazwa impera n'imperuka. Abasogokuru barayamaze bati"Ruriye abandi ntirukwibagiye". Abo ba DD n'imbonerakure hamwe n'ico gipolisi ca Bunyoni na Adolphe NSHIMIRIMANA bazobibazwa sindababesha.
Dusavye abarundi n'amakungu kwama akurikiranira hafi iri bara ririko riragwa hano mu Burundi. Reta nayo tuyisavye kugira ico ishikirije abarundi n'amakungu mu maguru mashasha ahandi ho nayo nyene izoba ifise uruhara muri ako kabi kabishe.
Dusavye kandi ADC-Ikibiri n'iyindi migambwe na cane cane FNL/Agathon Rwasa ko yoshira ahabona ku musi ku musi iri bara ririko iragwa mu Burundi.
Ahacu dusavye abarundi batarata Ubuntu kwigumya!!!

Murakoze


06.09.2011 06:53, MANISHIMWE from BUJUMBURA E-mail :
Twagira twibutse abatware yuko icabashikanye ngaha ari ibiganiro iyo bitaba vyo baba bakiri mw'ishamba .Hanyuma sinatangaye numvise Minani Jean atemera ibiganiro kuko twewse turazi yuko kuva arongoye umugambwe Frodebu yamye yanka ibiganiro hanini nico bapfuye nabo vyari kumwe "inda ndende" Ikindi naco iyo bariko bavuga ngo Léonce niwe ariko asaba ibiganiro aserukira abandi none mushaka twese tuje ku maradiyo dusabe ibiganiro ?Edouard NDUWIMANA nawe avuga ngo nta ntambara ihari nareke gukora mu gisebe abariko barabura ababo umusi bohera mu rugo iwanyu i Gahombo woheza ukamenya ko intamabara iriho .Kubita agatima mpembero mwibuke ivyo mwasezeraniye Abarundi yamara rero mwabasezeraniye yuko ivyo mwakoze vyose muzobigwiza na kabiri "ubwicanyi,ubusuma,ububes hi,kutubahiriza agateka ka zina muntu,gufungira abantu ubusa...."mwawijije na gatanu da.Niba ico mwita ubugabo ari ubwo nuko mwambaye amapatalo gusa ntabwo mufise

05.09.2011 13:33, ndayishimiye from BURUNDI E-mail :
Naho witwa rudahunga uzohunga rindira. Namwe ko munyaye nk'abanya lybie akira ibirwanisho murwanye président turabe;uwuzoneshwa azomanika amaboko. Nous sommes près à vous combattre. Ni mwigumure turabe atari gutera amaparara ku maradiyo;bishire mu ngiro turabe umugabo uwo ari we.

05.09.2011 08:52, Rudahunga from Burundi E-mail :
Mbe ndakwibarize ga NDAYISHIMIYE we: Ko uvuga ngo mu Burundi si muri Lybie, mbe ushaka kuvuga ko Uburundi burusha iki Lybie ? Uzobaze uko Khadafi yakoreraga abanyagihugu be kuvyerekeranye n'iterambere uzosanga yarabakoreye ibitari bike. Mbe Khadafi yarafise intwaro nke kurusha Uburundi ? Mbe Khadafi yatorwa kuri pourcentage ntoya kurusha iya Nkurunziza ? Mbe Lybie irakenye kurusha Uburundi ? Sha rero ndakwibire akabanga niba utarunabizi nuko ivyo wokora vyose nubwo vyoba vyiza ariko ukabivanga no gukora ibibi burya ataco uba uriko urakora. Ndaguha exemple: Ntubona ko mu Burundi hubakwa amashure, amavuriro n'amabarabara. Nivyiza. Mugabo, ubivanze no kwica bamwe mu bana b'Uburundi, ukabivanga no kubuza bamwe mu bana b'Uburundi kwidegemvya (Libertés) ngo banume ntibakagire ico bavuga, mbe waruziko umunsi umwe na bimwe wubaka ngo n'iterambere vyazosenyuka nko muminsi 5 gusa kandi wararushe uvyubaka mu myaka 20. Burya rero uwabaye mwiza yoba muzima niba ukunda Abarundi ukabakunda bose atawe ukuyemo. Reka rero ntuvuge ivya Lybie nkutabona ntiyiyumvire ahubwo ivya Lybie biguhe icigwa maze ugaruke ube umuntu muzima kuko iterabwoba ataco rimaze kandi UKURI gutsinda IKINYOMA kabone nubwo koba kuvugwa na bake.

02.09.2011 08:55, Rudahunga from Burundi E-mail :
Bashingantahe bo muri CNIDH turabasavye ngo mureke gukorera igitsure ahubwo mukorere igihugu canyu kuko aho abarundi bose bazoba bishwe nkuko bicwa kumunsi kumunsi ntaco muzoba mwarabamariye, none ko aba FNL bicwa ntihagire ico musaba ababica; kandi bivugwako bicwa n'IMBONERAKURE na DOCUMENTATION. Turabasavye ngo mukorere Abarundi ataho muhengamiye, atawe mutinye, nkuko inzego zimwe na zimwe zikora muri ubu Burundi.

02.09.2011 08:45, Rudahunga from Burundi E-mail :
Mbega uwo mu NDAYISHIMIYE abuza abantu gukunda ico bakunda we hari uwamubujije gukunda uwo akunda. Nibazako akeneye kumenya neza ico bita Libertés. Uburenganzira bw'umuntu si ukuvugako abantu bose bazokunda ivyo NDAYISHIMIYE akunda akaba ari navyo akeneye kandi arindire azobironka.

02.09.2011 08:02, ndayishimiye from burundi E-mail :
Ewe BIRABABAJE ,urababaje koko,ngo ugomba kuja mw'ibarabara ngo wanke umukuru w'igihugu,mu burundi si muri lybie;urabanza urabe abashigikiye umukuru w'igihugu uko banganga; nejo genda mw'ibarabara ugataha nyoko azoba agifise umucisho ndakurahiye.

02.09.2011 07:27, ndayitwayeko from burundi E-mail :
Aha ngo murindiriye ibiganiro? Muzorinra amaso ahume, nimurwane tubarwanye niyo haba équilibre ivyo biganiro tuzovyemera; naho ngo ni ukugenda muri batatu canke bane mugatera position ngo muriko murarwana mugaca murondera ibiganiro, aho ni muhave;natwe en attendant formation zo kubarwanya turazirembeje umusi igisebe caturitse ni 2 jours gusa nta muntu numwe ari muri ADC azoba asigaye kuko mugihugu cose turabazi kandi iyo si inkuru. Nobahanura ko mutokwiyahura;Abon entendeur salut!!

02.09.2011 02:14, birababaje from Burundi E-mail :
Ariko ga sha NDAYISHIMIYE aho nta n'isoni wumva uriko utukana gutyo nk'umwana atarezwe?
Canke nawe uri muri abo badashaka ko abarundi tugira ijambo!!!!!!!!!!!!!!
Har'akantu uwokubwira ngo twanke umukuru w'igihugu kurya kwo muri Libye we woca uja munsi y'isi kuko munsi y'igitanda hoho woba uzi ko ushikirwa.
BA WISONERA kandi uvuge make kugira uze ubazwe make kuko nta mvura idahita

Page: < 1, 2, 3, ... 186, 187, 188, 189 >
Entries: 3762
Get free forums, guestbooks, calendars, shorturls and web statistics at motigo.
Site Information