sign up! webstats forums guestbooks calendars

Commentaires BUJUMBURA News

Write message
Name *: E-mail *:
Homepage: Location:
Message *:
BB-Code:
 
  All fields with a "*" must be filled out!
Page: < 1, 2, 3, ... 187, 188, 189 >
Entries: 3762
01.09.2011 09:16, Rudahunga from Burundi E-mail :
ADC Bandanya usaba ibiganiro turabeko iki gihugu cacu cokira iyi ntwaro ikiganisha aharindimuka (Mu biturire, mu bwicanyi, akamwana wa mama, ubusahuzi) turabe ko haraho vyohera maze igihugu cacu kigasubira kuba Paradiso.

01.09.2011 07:43, NDAYISHIMIYE from BURUNDI E-mail :
Mbega uwo mpozenzi paul abwira leonce ngo komera,narindire yihungire kazosigare karajebajeba ngaha mu burundi bagatinireho nawe yigiriye, abo banyepolitike bo barabahenda mugaca murekura imiseru ngo muri kumwe;nababurira sinatukana.

31.08.2011 13:20, MPOZENZI Paul from Burundi E-mail :
Léonce NGENDAKUMANA we komera kumuheto Abarundi b'umutima tukuri inyuma kandi turagushigikiye twese vyanse bikunde ukuri kuzotsinda ikinyoma NTUCIKE INTEGE

31.08.2011 12:09, Agahinda from Burundi :
Ni mukubitize agatima mpembero mwibuke ko mwaremwe mu gashusho k'Imana, musonere Ikiremwa muntu, gukora amaraso ntawe vyereye. Les Jeunes muze tutegure kazoza k'iki gihugu cacu: Imbonerakure muriko mukoreshwa n'abariko baduza ama gorofa abavyeyi bacu bariko bicwa na ikigoyi.

30.08.2011 14:33, Kubwayo from burundi E-mail :
Dieu aime le burundi.Des vents viollant passeront ,des cruptements d'arme seront entendu mias la seul chose le burundi restera dans les mains du tout puissant.

29.08.2011 10:00, merveille from burundi E-mail :
mbeguwo ndayishimiye ashimirimana kwazi kwica? mbe weho ikinogo cawe kirazibiye? wicisha inkota ukicwa niyindi. ronderamahoro riho nayo kwica ntawe vyereye kandi inkuba iyikubise ntugire mara abansi numukunzi birajana. abo muri ADC bapfuye ou Léonce apfuye ivyaha bizoba biheze muriki gitakange ngo n'Uburundi? Yesu ni Muzima imigambi yiwe si nkiyabantu. Amen!!!!

29.08.2011 09:16, nayikengurukiye from burundi E-mail :
Vous qui déclarez la guerre au burundi,vous voulez que la population membre de l'opposition soit toute dévastée.Vous voulez vous enfuir à l'étranger en laissant le peuple de l'opposition souffrir à votre place.Bivuge mugabo mugume ngaha tugumane badutinire hamwe apana guca mwihungisha tugasigara ;turapfa twenyene ;imivyimba yacu izobahumira Murawatsa tugasigara turawota;tuba dufise abaduserukira mu nzego muca murabivamwo mubonye mutabaye aba président;ubu naho ngo mugira murwane ;twamaze kubahinyura,uwukibakurikira nta mutwe afise;ja kuri front namwe murwane turabe;nitwe dupfa namwe mwihungiye.nIMUREKE TURINDIRE AYANDI MATORA.

28.08.2011 11:32, bURIKUKIYE Victor from Burundi :
Vous vous mettez le doigt dans l'oeil. Vous provoquez une guerre dans le Pays, et c'est un génocide qui aura lieu. Il y aura liquidation des partisans de Rwasa, qui sétendra à tous ceux qui se réclament de l'opposition irresponsable. Le CNDDFDD se tait, en collaboration avec d'autres puissances, leur fait sera terrible, et le malheur et la désolation s'e'tendront sur tout le Pays. Gare

27.08.2011 08:39, mbonigaba from Burundi E-mail Homepage :
si je lis certains articles de ce site,certaines je risque d’éclater de rire car il y a les grands comédiens mécontents qui essaient de manifester leur mécontentement,en croyant que toute la population est dans son angle.pouvait-il pas prendre tout ce temps a se désillusionner comme j'en juge capable.comme vous dramatisez de notre cher Burundi n'est que du rigolo.et donc pour qui travaillez-vous?sur pas pour le peuple!!!

25.08.2011 13:09, NDUMIWE from Burundi E-mail :
En tout cas celui qui ne voit pas que le Burundi est entrain de réculer est un véritable AVEUGLE, nukumushira babaganga babahindi bakamubaga amaso!

nibabimenye babimenyere aba DD ntacamaho atar'isi n'ijuru, umunsi wabo uzogera kandi bazo regretta ibibi vyose bakoze! Bagbon na Khadaffi ntirari bitezeko ivyabashikiye bizoshika! tôt ou tard..................

25.08.2011 07:12, ndayishimiye from burundi E-mail :
Murihenda, aho mugomba gutera idwano ngo muzotsinda? Aba DD turi benshi kandi la majorité turazi inkoho rindira baduhe ibirwanisho mu gihugu cose tubereke ubwo bwi leonce ni bwo tuzotangura gufyonda nta muntu ari muri ADC tuzosigaza n'ida iri mu nda tuzofyonyora kuko bose turabazi nakara uworukarisha rwo mumwa

24.08.2011 07:15, burundi urageramiwe from burundi E-mail :
mbega muriko muragurisha uburundi? muranyibuka mumpe naje nd umurundi.

23.08.2011 15:26, nikongana from Burundi E-mail :
il faut censurer en tout petit surtout les Noms
car Nshimirimana et Manirakiza ont ete confondus a deux reprise directeur duSNR soient vigilants car les deux personnes existent

22.08.2011 08:27, MUZOGEZARYARI from Burundi E-mail :
Il faut corriger votre article sur la ligne ou vous parlez d'un pauvre Dieu et mettre pauvre dieu car notre Dieu n'est pas pauvre et ne le sera jamais et cette expression ne convient pas pour notre Dieu Créateur.
Merci vraiment de votre attention.

21.08.2011 18:05, Buname JPM from Burundi :
murihenda uburundi Imana irabukunda!! uwuzowotsa uzomuhitana!! abaDD ntibarahyaguruka, umu_nsi bahagurutse muzobabona kandi ni benshi ntimwihende!! ikibiri coco cimbe cigera!!Komera et ganza CNDDFDD

20.08.2011 12:56, HATEGEKIMANA from Burundi E-mail Homepage :
Réactions a votre BJM-News 6927

Nous avons des informations fiables que c'est le M.N.B. qui se positionne dans le NE du pays avec plus de 2 Bataillons. Un effort de plus de 8 mois de recrutement, de sensibilisation et de formation.

Abavuze yuko ingwano ibwirizwa gutangurira iwabo yarabitoye. CIRAMUNDA ava mu Cankuzo.

En plus le groupe qui a fait la formation en Libye avant la guerre vient de rejoindre le maquis. La guerre totale vient de commencer.

Vive le M.N.B.
Vive CIRAMUNDA, notre leader

17.08.2011 11:51, merveille from burundi E-mail Homepage :
il devrait etre arreté pour qu'il explique d'où il a tiré et pourquoi il a ammené ces douilles au burundi. none tumenyere laisser faire? lui aussi pourrait être un assassin pourquoi pas! faut pas oublier que les douilles sont des preuves de sortie des balles!où? pourqoi? sur qui?

17.08.2011 06:09, alexandre from Burundi E-mail :
Ceux qui ont attaqué le champs d'ananas du patit président du Burundi n'ont pas fait du mal.le champs n'appartient à personne,le président n'a pas des propriétes à Rutana sauf qu'il se croit Roi pour avoir des proprietés et des femmes partout.c'est depassé.

16.08.2011 12:56, Espérance from Burundi E-mail :
Chers patriotes,courage! il y aura un jour, où notre pays vivra un temps de vraie justice.Que Dieu nous prête vie et nous bénisse.
Encore une fois courage!

15.08.2011 13:54, samuel from burundi E-mail :
ça c'est vraiment perdre la tête! arrêter quelqu'un parce qu'il possède des cartouches!!! au fait c'est vraiment ça la police et la justice burundaise! ces institutions se mettrons à découvert petit à petit.

Page: < 1, 2, 3, ... 187, 188, 189 >
Entries: 3762
Get free forums, guestbooks, calendars, shorturls and web statistics at motigo.
Site Information