sign up! webstats forums guestbooks calendars

Commentaires BUJUMBURA News

Write message
Name *: E-mail *:
Homepage: Location:
Message *:
BB-Code:
 
  All fields with a "*" must be filled out!
Page: < 1, 2, 3, ... 187, 188, 189 >
Entries: 3762
22.03.2014 20:21, Nwari from Burundi E-mail :
Mbega iyo inzara iteye mugihuhu ,itera kumuhutu ncanke kumututsi jewe nahora nibaza ko ari kuri twese! .ubushomeri butera kubwoko bwose nico gituma savye abantu twese dusenyerekumugozi umwe muzoba mukoze ,abo bitwaza amajambo y imana .imana siyo ijagutora umukuru wigihugu nitwebwe twitorera iyo dutoye nabi dutwagwa nabi .rero kuramwo imana

22.03.2014 17:48, Cuma :
KURI NTAHITANGIYE AMARORERWA MUKORA YOSE
ARANDITSE:IVYAGO VY'I BURASIRAZUBA

"Inkumi ariyo bwisraeli iguye bukumbi irambaraye ngaho mu gihugu ciwabo(Egiputa i Burasirazuba),kandi ntawo kuyivyura ariho!" Amosi 5:2

"Nyoko yari ameze nk' umuzabibu,nkuko nawe umeze(Umututsi wese),nk'umuzabibu watewe hafi yamazi wama cane,ukagira amashami menshi,kubwo kuba kumazi abugereye.(Les grands lacs Africains.) Ezech 19:10

Iyo ntambwe iri kw'idarapo ni iki ga ntahitangi irya Inkona yama iramutsa ivuye hanze?

"Uti nyoko yari iki yari intambwe y'ingore...."
Ezech 19:2

"Maze amahanga arayitera baturutse mu bihugu impande zose,bayita mu ruriba rwabo,ikorokera mu cobo bayimbiye bayishikana mu mpatana bayikwegesheje ingogo z'ivyuma(cage de fer),bayishira umwami w'i Babylon(Buraruko cfr message iheruka) kugira ngo ijwi ryayo ntirize risubire kumvikana ku misozi yi bwisraeli(East Africa.) Ezech 19:8-9
: Kuko jewe ndi Uhoraho Imana yawe nagutangiye Egiputa kw'incungu,Ethiopia na Seba nahevye ku bwawe.Yesaya43:3) cfr carte kuri iyi site

"Ariko uwo muzabibu waranduranywe uburake,utsindwa hasi maze UMUYAGA UVA I BURASIRAZUBA wumisha inzabibu zawo,rya shami ryawo rirahanyurwa rirakabirana,umuriro urariturira." Ezech 19:12.

"Waratewe koko ariko mbega UMUYAGA W'I BURASIRAZUBA NIWAWUSHIKAKO NTUZOCA WUMA BEGA ,UZOKUMIRA MU NTABIRE AHO WAKURIYE,"Ezech 17:12

"Kuko numvise ijwi nk'iryo umugore aramutswe ubusinzikare bwuriko aravyara umwana w'uburiziza ijwi ry'umukobwa w'i Tziyon ahuzagizwa ata amaboko,ati ewe jewe ndagowe ! umutima wanje ugwiriye igihumura imbere y'Abicanyi.(Abahutu na ya mahanganga yose ari kumwe na Babylon y'ibishushanyo bibajwe).Yeremiya4:31




22.03.2014 14:04, Muvejuru :
@ Ntahitangiye :

Je veux vous tranquiliser, je ne suis pas Cuma. Je ne le connais pas en personne, et il ne me connait pas. Mais ce qu'il explique, Bible en mains, est d'une importance capitale. En plus, cette Bible a ete merveilleusement traduite dans notre belle langue YIDDISH DE KUSH. Je felicite Cuma qui a pu acquerir et maitriser cette Bible en Yiddish.

Sinon, les Batutsi, Fils d'Israel en Kush, gardiens des paturages de Goshen, n'ont pas de compte a rendre aux Bahutu. Ces derniers sont venus dans les pays de Goshen en fuyant les esclavagistes qui les capturaient et les mettaient en chaines (bacitse kw'ikamba), et quand ils ont repris le souffle (bakize isemu), ils ont oublie ce qui les avait fait fuir (bibagiye icabirukana), et ils se sont transformes en esclaves volontaires de nouveaux venus (ba Gashakabuhake), avec des merhodes d'une nuisance et d'une cruaute extremes, qui sont en realite des tentatives de survivre a leur syndrome post-traumatiques d'anciens-nouveaux esclaves. Le fait qu'ils n'ont pas pu ou voulu rompre la chaine de l'esclavage les plonge dans un etat de rage pernanente contre les hommes et femmes LIBRES que sont leurs hotes et sauveurs, les nobles Juifs Batutsi.

Un mot pour le ressortissant muhutu qui veut marier une Juive mututsikazi. Je lui dis que non-seulement une telle union est interdite par la LOI JUIVE, mais elle est en plus doublement verouillee par la Halahah Tutsie. En efft, l'enfant issu d'une pareille union est l'equivalent chez-nous du MAMZER talmudique, et il est d'office tenu a l'ecart de la Congregation des Enfants d'Israel (acika ikinyandaro), tandis que sa mere est litteralement frappee de KARET (Igicibwa). Donc, ce qui se passe quand vous epousez de force une jeune fille mututsi est que vous detruisez mechamment ses liens sacres avec la famille et avec la tribu, sans que vous puissiez atteindre les objectifs de "tutsisation" de votre descendance que vous aviez projetes. Cette femme-la ne vous pardonnera jamais ce CRIME contre elle et contre sa famille, et tot ou tard, vous le verrez et vous la tuerez, ou bien elle vous tuera. Comme le criminel SISERA racconte dans la Bible.

22.03.2014 11:59, Nahayo Bernard from Burundi E-mail :
Je crois bien que les politiciens DD viennent d' apprendre une lecon a partir du rejet de la constitution. Mon conseil pour eux est que le parti devrait commencer a preparer un autre candidat (non pas le bon pasteur que nous connaissons tous) pour les elections de l' annee prochaine avant que ca soit trop tard, sinon ils doivent s' attendre a d'autres surprises que celle qu' on a vu hier! A bon entendeur salut!

22.03.2014 08:19, Ntahitangiye from Burundi E-mail :
Je conseillerais à celui qui ajoute la "Parole du jour" aux articles de ce site, de créer son propre site pour prêcher la Parole de Dieu. Mélanger la Parole de Dieu avec les insultes et les mensonges que je vois est une abomination. Il faut réfléchir car la nation Burundaise ne peut être sauvée que par les gens qui réfléchissent et non ceux qui rêvent par frustration.
Tous les habitants de la terre sont divisés en deux groupements:

1° Les Juifs (Israel) d'Asie et les Juifs d'Afrique (Tutsi du Burundi seulement ? quels autres pays ?).
2° Les autres peuples de la terre.
En utilisant la Bible de "Cuma" (qui doit être aussi "Muvejuru") nous devrions lire "Au commencement Dieu créa les Juifs et les non Juifs". Or c'est Jacob (Israèl) de la race blanche, de la descendance d'Abraham qui a donné naissance aux Juifs.
Alors comment les Tutsi (Juifs d'Afrique) sont-ils devenus noirs ? Même pas des Métis comme Monsieur CIRAMUNDA ? Il faudrait être dans un rêve pour accepter que les Tutsi sont des Juifs. Monsieur "Cuma" vous feriez mieux ne pas continuer d'utiliser la "Parole de Dieu "comme vous voulez. On ne se moque pas de Dieu.


22.03.2014 08:10, GAKOBWA from - E-mail Homepage :
Abahutu bazorongora igihugu,imyaka 40 nkiyo abo batutsi mwakirongoye,muvyanka canke muvyemera,nayo iryo tegeko ritunyarukanire twebwe abenegihugu duce urubanza,turitore 100%,abo batutsi tubakure kunzira,ikibishe abo batutsi bagomba kubona ko vyose ari sudire kuribo,wewe cuma ico abahutu twahaye imana kugira turongore igihugu nigisabisho(AMASENGESHO).conye ne.

22.03.2014 05:41, Cuma :
ABAHUTU CANKE VATICANO NTA MAHERA MWAHAYE
IMANA YACU KUGIRA MUTUGIRE IMBOHE.

"Kukw'Abisraeli ari abagurano banje NIHARIJE ni Abagurano banje nakuye mu gihugu ca Egiputa,ni jewe Uhoraho Imana yanyu."

"Kuko ari abagurano banje nakuye mu gihugu ca Egiputa,NTIBAZE BAGURWE NGO BABE ABAGURANO B'ABANDI.Ntimuze mubatwaze igitugu ariko mugende mutinya jewe Imana Yanyu."
Abalewi 25:42-43.

"Kuko ariko Umwami Uhoraho agize ati mwaguzwe ubusa ,na none muzocungurwa ata mahera.Kuko ariko Umwami Uhoraho agize:

1-,ATI UBWAMBERE ABANTU BANJE BARAMANUTSE BAJA MURI EGIPUTA GUSUHUKIRAYO,ABA ASHURI BABAHAHAZA ATA NYANDURUKO. Yesaya52:3

2."Egiputa hazocika amatongo na Edomu (Destucteurs 2nd Temple) hazohinduka uruharabuga ubugaragwa bw'uruharabuga,bazize inabi bagiriye abayuda,kuko mu bihugu vyabo bahavishirije amaraso y'abatacumuye.Yoweli3:19

"Kandi nzohora amaraso yabo ntari bwa hore kuko jewe Uhoraho mpangamye iTziyon.Yoweli3:21.

"NONE RERO NKORA IKI HANO?NIKO UHORAHO AGIZE KO ABANTU BANJE BANYAZWE KU BUSA,ABABAGANZA BARAYOGORA,NIKO UHORAHO AGIZE,KANDI BIRIZA UMUSI BATUKA IZINA RYANJE,KURI UWO MUNSI BAZOMENYA KWARI JEWE MVUGA,MBERE NI JEWE NYENE."

Abahutu na ba shobuja mu bimenye Imana mu batutsi niyo Yonyene igiye kugira Ijambo Tugire amahoro abatutsi twese kandi tuce twivuga amazina

22.03.2014 05:07, Cuma :
Wewe nzobambona uriko urihaya ko uzoja gufata abantu ku nguvu tutaguhaye uburenganzira twebwe
bene Mutama ngo nuko mufatanije na Babylon na Mporona itera bwoba ni rwanyu mugabo rero umenye ko Imana y'Abayuda bo muri Egiputa yamaze kwicuza ku mabi mukora mwebwe abahutu:

"Nahevye inzu yanje (i Burasirazuba) nataye ishamvu yanje ,narekuriye inkundwakazi mu maboko y'abansi." Yeremiya 12:7.

"Abungere benshi bahanyaguye uruzabibu rwanje,basiribanze umugabane wanje,umugabane wanje w;igikundiro bawuciye ubugaragwa bw'ibitongozi.Bahagize amatongo,HARAMBOROGERA,KUKO HABAYE IBITONGOZI,IGIHUGU COSE NI AMATONGO kuko atawigeze ku bishirakumutima."
Yeremiya:12:10-11
SITUATION DE DEPART
Wabonye abungere benshi mufatanije na Babylon:

"Umukobwa niwe Egiputa azokorwa n'isoni azotangwa mu maboko y'abantu b'i buraruko."Yeremiya 46:24
Egiputa ni inka y'iriza iteye igomwe rwose,ariko haje ikibugu kivuye i buraruko kirashitse.
"Kandi ingabo zaho z'abacangero ZIRI HAGATI YAHO (EGIPUTA),zimeze nk'inyana zo muruhongore kuko nazo zakimiranye,zahungiye icarimwe,ntizashinga ikirenge kuko umusi w'ivyago vyabo ubashitseko nico gihe co kuzirwa kwabo (19 siecle Traite Esclavaviste).Akariri kabo kazokumvikana nk'ugukakamba kw'inzoka (Abarwanizi),kuko bazobazira bari n'ingabo,babatere bari n'amacabiti,nk'abaje kw'icira ibiti.Bazokwicira ikibira caho,niko Uhoraho agize naho kizitanye gite,kuko barusha inzige ubwinshi,kandi badaharurika."Yeremiya46: 20:23

INGWANO MU BIYAGA VY'ABATUTSI.

"Inzuzi(Les grands Lacs) nzozikamya igihugu nkigabure mu bantu b'abanyakibi,kandi igihugu n'ibirimwo vyose nzobihindura amatongo nkoresheje amaboko y'abantu b'akavantara(Abahutu na Babylon:abantu b'i buraruko),ni jewe Uhoraho mbivuze."
Ezechiyeli 30:12

"Nico gituma ngire nshikimure ihanga rirushije ayandi kuba ribi ,begukire amazu yabo(Abauda bo muri Egiputa),abo ni abahutu,kandi nzotuma ubwibone bw'abahizi buherengetera(Abatutsi)."
Ezechiyeli7:24

IGITUMA:

"Maze Uhoraho aravuga ati ko bataye ivyagezwe vyanje nabashize imbere,ntibanyumvire,canke ngo babigenderemwo,ariko bakagendera mu bu dadarare bw'imitima yabo,bagakurikira bayali nkuko ba sekuruza babigishije. Yeremiya9:13-14



21.03.2014 21:37, Sezerano :
Le probeme est qu'il n'y a justement ps de politiciens en vue. L'avion-Burundi vole sans pilote et le monde s'inquiete terriblement. Il y a CRISE, et pas n'importe laquelle, il y a CRISE CONSTITUTIONNELLE. Laquelle Constitution n'en etait mene pas une, puisqu'elle avait ete ecrite par des ETRANGERS a la nation, au milieu des cris des enfants egorges, des femmes eventrees et des corps civils et militaires tutsis au bord de la revolte.

Parlant donc de Roosevelt, c' etait un politicien, qui avait en charge l'heritage democratique de 4 generations de politiciens de genie, parmi lesquels, Washington, Hamilton, Jefferson, Lincoln, parmi les geants fondateurs de la "Nation Americaine". Ils avaient une tradition militaro-democratique qu'ils suivaient fidelement (comme les Batutsi) et des Peres Fondateurs de la Nation dont ils s'inspiraient. La Constitution de ces hommes d'exception mettait en avant la LIBERTE individuelle et collective, impliquant la necessite vitale de rompre les liens de dependance avec un systeme de gouvenement et de legislation dans lequel ils n'etaient pas representes. Roosevelt n'etait pas tente par un "coup d'etat constitutionnel" contre lui-meme. Il avait le soutien responsable des "pairs" enracines profondement dans la Constitution.

Aujourd'hui, Les Juifs Batutsi se trouvent tres exactenent dans cette situation. Non pas qu'ils exigent une quelconque representation au sein des corps operant aujourd'hui, mais qu'ils ne comprennent pas comment ils ont perdu "overnight", les capacites et les droits de vivre chez eux conformement a leurs propres constitutions et lois heritees de leurs ancetres non pas sur 200 ans, mais sur au moins 6.000 ans.

De votre cote, vous n'avez pour toute tradition constitutionnelle que le fameux-fumeux heritage de La BAULE. Un heritage que meme le promoteur en titre est dit "ne pas avoir compris". Meme cet heritage incomprehensible, mais taille a votre mesure, vous etes en train de le dechiqueter. Nous sommes incapables de faire autre chose que revenir a nos propres constitutions, les CONSTITUTIONS D'ISRAEL, heritees de notre D. par la chaine de transmission de nos ancetres. Ce n'est pas un REVE ethere, c'est un IMPERATIF civique.

21.03.2014 20:03, NZOBAMBONA :
jw nd umuhutu me ntegerezwa kurongora umututsikazi kugra tunywane,numwana wacu azofashe gusigurira abant bamwonzwe namacakubiri,nkabo bagenda barihaya knd bavutse uko atavy bahisemwo.

21.03.2014 18:38, Ntahitangiye from Burundi E-mail :
Il ne faut pas répondre comme quelqu'un qui rêve ou qui est sous, il faut réfléchir et donner de sérieux arguments. Ceux qui continuent les histoires des Tutsi juifs n'ont qu'à continuer à rêver en juif jusqu'à Adam et jusqu'à la fin du monde si cela va leur apporter quelque chose. Je conseillerais à nos politiciens de s'asseoir et voir ce que chacun fait pour ce pays. Le Burundi ne mérite pas ce que les politiciens sont en train de faire ni non plus les propos que je vois dans ce site. Si tu veux qu'il n'y ait pas de corruption au Burundi, commence à ne pas te corrompre toi-même. Réfléchissons un peu : Savez-vous que Roosvelt 32ème Président des Etats Unis a été 4 fois Président au lieu de 2 fois. Ca n'a pas fait de bruit parce que le peuple l'avait voulu. Ce bruit au sujet de la candidature de l'actuel Président n'est que l'expression de la peur. Laissez le peuple décider: c'est la démocratie.

21.03.2014 16:32, Karundi :
@ BIZOTEBABIBA V : reka kwirarira utari igikere. Kuvyimvya amabondo n'amabinga sico cotuma Niyoyankana na Konsiliya wiwe batambama mu nzira y'inkona nkuru. Kubera ntibosubira kuronka iyo bataha. Icabaye cabereye i Mwumba, ico naco comenya abanyamwumba. Niyoyankana nawe ni nka nyakubahwa Koloneli Assension Twagiramungu. Ejo mu gitondo uzomubona akuzanira ikarata icapuyeko inkona ifise inkota mu kuguru kumwe, iriko ikerera igikotikoti c'umwumbati kirereta mu nzara z'ukundi kuguru. Irya mwari musangiye uzoyimubaza akubwire ko yahindutse maze wumirwe. Azaba mbere yambaye umwambaro uranga ABAGUMYABANGA.
Karahanyuze !!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!! !!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!! !!!!!!!!!!!!!!

21.03.2014 15:01, BIZOTINDABIBA V from Burundi E-mail :
Mes sincères félicitations aux Parti UPRONA et FRODEBU NYAKURI.Murahabera abashingantahe bahashitse, ntimube ibinyaganwanka nk'abo BATWA. Nongera nshimira Bonaventure Niyoyankana kubona ata hemukiye abarundi, naho yahemukiye umugambwe, ico ntaco azokwikosora peut être. Dusavye abatwa nabo bikubite agashi, amaronko menshi aziba amatwi!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!! !!!!!!

21.03.2014 14:57, Rondera :
@ Nkingiyuburundi,

Ndabona ko ubona kure na hagufi nk'agaca mama yangu. None ko bigiye kuyangara tuzoba abande ko tutakigira n'igishwabishwabi co kwama isazi Mutsama na Maza. Ba rugereka barazitwatse, ubu icshora giterera kiravoma. Ico utihenzeko mu bikomeye n'uko vy'ukuri umucanwa watwaje hose, kandi bigeze kure cane, haba hano, haba mu babanyi ba hafi, haba mbere no mu bahora bitwa ba ntayegayezwa mu makungu. Uravye ibiriko biraba muri UKRAINE honyene ntiwovuga ngo hariho igitandara ntasiduka isi y'aba canke ya bariya ihagazeko. Agakomeye haragera igihe kagakomereka. Aha munsi y'igicu, vyose ni kurabisha ku munsi ku munsi ibishoboka n'ibidashoboka,... mbaye nka ba basoda b'iwacu bagitera morale (banyakuvyara bagaheka), ngo "Ewe Birondera We, Rondera umuyebe iyo wagiye". Ikiriho kidaseseshwa urumuri n'uko kur'uyu munsi uri hejuru abahutu bageze mu mukuba wihezayo, hamwe AMAZI ANIGA UMUGABO.

21.03.2014 13:50, Nkingiyuburundi :
@ NIYIKUNDANA :

Ce n'est pas l'echec du CNDD-FDD. Babitinye. Hari ingaruka zitaramenyekana, kubera 'abakuru' bari bumvikanye ku matiku ya 'Arusha' ntibakiri kumwe. Barasubiranyemwo. Umwe wese yasanze umucanwa uriko uratwaza mu mbari iwe, haca habura GIHANA na GIHANURA. Ba bandi bati "Batereye amagara hejuru umwe wese asama aye". Nico gituma womengo abari hafi yavyo bahavuye bahindura intumbero mu minsi iheze, ba bahutu utanka baca barabura ayo bacira n'ayo bamira. Raba ivyashikiye uyo mugabo yitwa K. agariye aho haruguru. Yirirwa aranigagura bene wabo bakoranye amanyanga ishano ryose birateba birasakuza kw'isi yose. Soit. Ukomeze uce uca umurongo umanuka kugeza epfo cane, wongere uce uwundi ukikamye kugeza ku Nyanja nkuru zibiri, uca ubona iyo bitera bija.

Mu minsi itari myinshi INKUBA irakubita aha i wacu canke mu micungararo, ahasigaye abahutu bamenyereye gukora ibara bakore ibara ku mugaragaro, inganda zitikire. Muri ico gihe, Constitution ihinduka, idahinduka, nta na kimwe igishiboye gufasha. Amazi yararenze inkombe hirya no hino, epfo na ruguru, na bisha na bisha. Alea jacta est ! Le sort est jete !
Turetse n'ivyo ko utatubwiye amajwi ya Consiliya na Nditije aho yegukiye ???

21.03.2014 13:48, Izoduhora E-mail :
@kabanga, ntashamba naroyemwo jewe sha, ubajije ntaba atukanye! heheheeee, murarushe ncuti zacu! Hama namwe mwabahutu benewacu, kanura mubone kwabatutsi tutigeze tunganya ubwenge! Muriyi révision de la constitution, Niyoyankana yagiziki? arihe? Na Pontien, nohanura uwujejwe CNR kwatohirahira ngwamuhe akazi nakamwe, na Gaston! Abatutsi ninzoka, ni ba Rwicaruhoze! ewe Nkurunziza, abo wita abakunzi, ndabona aribo bansi bawe, kanura ubona! abo batutsi bazogukorera inkono ishushe!


21.03.2014 13:18, Gashiga :
@ 21.03.2014 13:11, Sezerano :

Iryo jambo ushikirije rirakoneye, kandi uwuzi kumva ukuri yakumvise. Ico umuntu asigara yibaza ni kimwe, nk'umututsi yicaye mu nzego z'aba bahutu bariko bakorera abatutsi ibi tubona, arataha muhira akimaramaza ngo avuye ku mirimo y'igihugu c'abasokuru b'iteka, canke arakubita agatima mpembero akibuka ko azindukira KUMENJA agatahira KUGOKA ?

21.03.2014 13:17, NIYINKUNDANA from en mission :
Échec du CNDD-FDD à l'assemblée nationale

Le texte de la constitution révisée n'a pas eu assez les voix nécessaire pour passer. Sur les 85, 84 ont pu être obtenues, dont 81 du CNDD-FDD et 3 provenant du groupe des twa. Il a manqué au CNDD-FDD une seule voie pour réussir à faire passer ce texte plein de controverses. Pie NTAVYOHANYUMA, président de l’assemblée nationale, vient d'annoncer que le texte est renvoyé au gouvernement pour étude.

Flash info de Radio BUJUMBURA fm du 21 mars 2014 à 13h55

21.03.2014 12:11, Sezerano :
SUR LE CHANGEMENT DE LA CONSTITUTION

Abahutu ntibagira ihakiri. Uburundi ni igihugu c'AMATA n'UBUKI. N'ukuvuga igihugu c'INKA n'ABATUTSI. Bikavuga igihugu c'INKA na BENEZO. Bikavuga rero igihugu c'ABATUTSI, kuva ku ntango gushika kw'iherezo. Bikavuga igihugu c'ISEZERANO ry'ABATUTSI n'IMANA YABO. Izo Constitutions z'agashinyaguro kera zitwa "CODES NOIRS". Zandikirwa mu mpete abshutu badashikamwo, bene kuzandika barazifuta bakazifutura uko bashatse, abandi bakaziteragiranwa nk'akabumbu, bakaziterera ba bahutu babo, nabo bakazshuka bakazciishamwo imirongo uko bahaze amateke n'ibizinu. Izo CONSTITUTIONS z'INYOREKERANO nta na kimwe zishobora guhindura muri iryo SEZERANO NTABANDUKA ryasezeraniwe ABATUTSI. Uwoharira yoshaka agasubiza amaso inyuma akaraba. Nta muhutu yihambiriye gutwara Uburundi bwa Nyaburunga ngo yererwe canke yerere Uburundi. Iryo ni ITEGEKO
ritazopfa rihindutse kugeza iyi si tubako isiduke. Mu rurimi rumwe rw'Abazungu, Bavyita MANIFEST OF DESTINY.

Twumvikane, tuvuge duhana ijambo. Abahutu simvuze ko ats gihugu nka mwenici bafise ; barinda kuba bafise isi yabo basezeraniwe, ariko si mu Burundi. Baharondeye bohatora. En attendant bariko bakora ama Rajabu gusa gusa... Konona, gusambura, guturira, gucumita, gusahura, guswaganya, kwica, guhemukira imfura zabakuye ku mugozi wa rugereka, kwambika ibara abo batazi, kutagira isoni ku maso, kwijajara mu bigoye, gutwara nyabahururu, kwemera ibirago batabijisha, ... en un mot, kubaho nk'abacangero (mercenaires)...

21.03.2014 11:32, Kabanga :
@ Izoduhora :

Uti CIRAMUNDA ASERUKIRA NDE ?

Aserukira urya waserukira igihe waja mw'ishamba. Womenya wari watumwe nande ?

Page: < 1, 2, 3, ... 187, 188, 189 >
Entries: 3762
Get free forums, guestbooks, calendars, shorturls and web statistics at motigo.
Site Information