sign up! webstats forums guestbooks calendars

Commentaires BUJUMBURA News

Write message
Name *: E-mail *:
Homepage: Location:
Message *:
BB-Code:
 
  All fields with a "*" must be filled out!
Page: < 1, 2, 3, 4, 5, ... 187, 188, 189 >
Entries: 3762
19.03.2014 22:31, Nwari from Burundi E-mail :
Hari ikintweza mbenkabo mwandika muvuga abahutu ko mubagwanra mwibaza ko musigaranye bagahe? Inyumayanyu ncanke nahantu mwasize mubaboheye muzogaruka kubabohora! jewe nibaza ko aba DD mugwaye mumutwe mwibaza ko hamwe Nkurunziza bamwabitse AKAGOZI ko umuhutu azoca aja kwica kubera mwabuze umukuru wigihugu uyo nuwo mwebwe aba DD ,,,_uwo Nawe Ciramuda reka bibonanire na Nkurunziza kuko mutama mwari mwashatse kwica yarabananiye none mushaka ingene mugaruka vyitwe ko mwariko muragwana ariko mweho abuviriza nigoga! Murakomeye basi ?! Iyo bumenya umwe bwarikindi mwa na wamama Nciramunda

19.03.2014 21:14, Nkinabuheta :
@ Mateso,

Tu as compris juste la moitie. Le vrai probleme avec ces gars est tres concret. Pour le cas en lice, il faudrait peut-etre commencer par une LETTRE tres peu connue : LA LETTRE A GEMLICH. Elle date de Septembre 1919. Comment apprehender la "Question Juive" ?

19.03.2014 19:55, Kaze :
Bibutse canke ureke, le verre est dans le fruit!!!

19.03.2014 18:49, konore :
Hari ikintu nagomba nibutse abatutsi ba BA extremist. Nimwaba mwibazako muzosubira kwangaza abahutu. Mucire birarura. Muvugango Festus na Bigirimana bakoresheje amajambo adahumuriza. Mbe abo banyepolitique banyu birirwa bavuga ngo hazoba "akarambaraye" nibo bavuga amajambo ahumuriza. Muzoze murabesha ivyo vyitso vya BA Leonce. Ariko ndaziko ataco bazoshikako. Abumva nibumve

19.03.2014 18:46, konore :
Hari ikintu nagomba nibutse abatutsi ba BA extremist. Nimwaba mwibazako muzosubira kwangaza abahutu. Mucire birarura. Muvugango Festus na Bigirimana bakoresheje amajambo adahumuriza. Mbe abo banyepolitique banyu birirwa bavuga ngo hazoba "akarambaraye" nibo bavuga amajambo ahumuriza. Muzoze murabesha ivyo vyitso vya BA Leonce. Ariko ndaziko ataco bazoshikako

19.03.2014 14:55, Bigoro Lazare from Burundi E-mail :
Et bien sur, seuls les imbonerakure et autres mouvements associes recevront cette autorisation, comme par hazard!!!

19.03.2014 14:13, Mateso :
@ Nash : Ils sont tous Juifs. Ils sont tous nes "coupabled". Ils n'ont aucune possibilite de cacher leur "crime de race". Ils trainent avec eux le "delit de facies", transmis a leur naissance par leurs parents, qu'ils le veuillent ou non ! Ni les ideologies de partis, ni le changement de religion, rien ne peut les defaire de ce "crime originel'.

En realite, les images de ces enfants tutsis en uniformes de bagnards constituent un signe et un signal terribles. Une honte pour l'humanite. Un defi a la morale universelle. Une atteinte a la Vie. Un rejet de la Civilisation. Un retour a la barbarie. Une verite elementaire s'en degage, exactement celle qui fut exprimee par un temoin de la machine nazie rendue a sa deuxieme phase, entre 1933 et 1938 : Ernst Herzfeld. Les Nazis exultaient de joie et de zele en ces mots directs, repetes dans les discours, dans la presse, et dans les conversations entre militants impatients et heureux :

"Les Juifs sont enfin nos otages. Cette fois-ci, ils ne nous echapperont pas"

Ernst Herzfeld, "Meine Letzten Jahre in Deutschland, 1933-1938," LBI-A, Memoir Collection, p.4. Cite par Lucy S. Daw., TWATJ 1933-1945, Bantam Ed., 1976 (1975), p.69.

19.03.2014 12:44, Mbazende from Burundi E-mail :
Qu'est ce que le sport de masse? Le nombre à ne pas dépasser c'est combien?
Dans le B.O.B., 2006, n°1, p14 en son article 2 dernier alinéa il est stipulé que " la journée de Samedi reste chômée et payée", Est ce que le Maire a les prérogatives de changer quoi que ce soit en matière de législation???????????? Je ne suis pas contre les travaux communautaires mais il faut les légiférer.

Komera

19.03.2014 12:32, pet :
MPR yo kwa Mobutu?

19.03.2014 12:26, Kankindi :
Leonce Ngendakumana yarateye akamo amakungu atakamba ati nyabuna nyabuna tabara hariho ihonyabwoko ririko rirategurwa mu Burundi. Ntanyungu, Nzobonariba , Onesime, n'abandi de leur bord baca basimbira kumaradiyo. Ils se sont gargarises en ironisant parfois, pour dire que le genocide itagishoboka i Burundi. Mbega genocide n'iki? "c' est l'anéantissement délibéré et méthodique d'un groupe d'hommes, en raison de sa race, de son appartenance ethnique, de sa nationalité ou de sa religion, dans le but de le faire disparaître totalement et ce au nom d'un principe raciste ou d'une conception idéologique de ce groupe". Ca muraba rero aba jeunes bapfunzwe kuri affaire Nyakabeto. Raba abo baja barasobora a tour de bras hirya no hino mu gihugu cose. Murabe akamaramaza gaheruka kuba kuvya MSD, aho bagiye mumazu,beretswe n'imbonerakure, basobora kamwe kamwe, uwo bahuye mw'ibarabara bagapfa kuraba kwasa n'abo barondera bagaca bayora. Ubu amabohero ntakindi yuzuye atari aba jeunes tous de meme acabit. Abo bose bazohera mumunyororo. Abavyeyi bafiseyo abana ni bahagabire. Uburyo ni bwinshi:
- bazobicisha inzara, uwutarwaye igituntu afatwe n'izindi ndwara zose z'ivyuririrzi kubera faiblesse
- bazobankira kuja kwa muganga kurya kwa feu Busuguru
- bazokorganiza emeutes muminyororo, dans le but de les eliminer. Bamwe bacumutwe n'abo bapfunganywe abandi plice ibiraremwo irase kumwe iheruka kugira
- bazokorganiza de fausses evasions hanyuma babarasire hejuru ku mpome
- bazobicira mumayira au cours des pseudo transferts
- bazoshira mu mabohero des reseau de vente de stupefiants, abo bana nabo kubera kwihebura ntibazopfa bamenye ko ari piege des bourreaux
- bazobankira kubona ababo babamize muri isolement kugira bapayuke, n'ibindi vyinshi. Arya majana n'amajana y'abana rero, ndabarahiye ko atanumwe azovayo, bazosohora bakeya bagomba ko baja kubara inkuru, ariko bazoba barabaye ibiwerewere.
Mumenye ko kugira Leonce abivuge afise aho yabikuye. Mu ba DD arafiseyo benewabo, haraho rero baja baramwibira akabanga. Ntimubifyineko, haguruka mukome induru, Leonce harya yabavuniye akagohe, ntimuce murarama ngo yaranditse birakwiye. Murumviriza Rema Fm ivyivuga muca mumbarira ubudasa na RTLM. Message ni yayindi "haguruka, barondere iyo bari hose, bafate, bakubite, bahane, mpaka basubire iyo baje bava(Abyssinie).....

19.03.2014 11:42, Nash :
Au Burundi : Encore des Juifs qu'on assassine !

19.03.2014 11:36, Wajanja :
@ AFP :

"Seuls les avocats de cinq accuses qui assurent avoir ete arretes par erreur par la police pendant qu'ils deambulaient dans la rue, ont accepte de plaider"

Il n'est un secret pour personne que ces jeunes tutsis ont ete arretes, les uns chez eux, les autres dans les voisins, les autres sur les places publiques, au cours de raffles policieres qui n'ont rien a voir avec les manifestations des soi-disant partis politiques dont ils ne sont pas membres pour un sou. Pour cause, ces partis sont tous de fabrication et d'essence hutue, et ces jeunes tutsis n'ont rien a y faire. Tout ceci, ils sont interdits de le dire en public. On leur a intime l'ordre absolu de n'en piper mot, sous peine des pires menaces, y compris l'execution immediate.

Le plan Sinduhije-DD consiste a imposer au monde la fausse version tabulaire comme quoi la politique au Burundi se joue dans les partis, et que le MSD est un parti tutsi. Exactement comme on a voulu le faire avec l'Uprona pendant des decennies. Autrement dit, ces jeunes sont embrigades de force au MSD, afin de faire croire que les tutsis sont engages dans la course au pouvoir via les elections 2015, et que s'ils echouent, c'edt qu'ils sont motives par le soulevement et l'anarchie. Ceci donnant au pouvoir hutu un pretexte facile pour les enfermer, les torturer et les tuer PREVENTIVEMENT

19.03.2014 10:03, KJKJO from BURUNDI :
LE SPORT ET LA POLITIQUE
Des mesures tombent comme la pluie diluvienne depuis la diffusion de la déclaration du Conseil National de Sécurité. Le Maire de la Ville vient de prendre des précautions et sûrement tous les gouverneurs de provinces feront de même. Le sport de masse n'est pas un mal en soi vu son caractère socialisant. Empêcher les citoyens de savourer en groupe la verdure et les parfums de la nature c'est les priver en quelque sorte du droit à la vie. Moi qui suis habitué à monter vers le campus Kiriri entraîné par le chant et l'endurance des jeunes de mon quartier je serai obligé de piétiner mon gazon et de ne plus chanter! Les gouverneurs de province peuvent donc envoyer les sportifs dans les marais, marécages, forêts, etc. Mais ce vent nauséabond qui fait craindre tout va passer,...et vite.

19.03.2014 08:22, Burihabwa :
Uwo binaniye wese ngo"abanyabururi"! Uwubanka arakabandurako. Tuzokwivyukiranya iyo mihimbiri y'abahemu bafatanije na DD mu gufukama mu nda igihugu. Nayo Pontien, yooooooo! Urahemutse sha ataco wari ubuze. Na jewe ndi uw'i'Bururi sintunze kandi sinkenye je suis fier d'être de Bururi. Ariko sindahebura Pontien gira akubwenge urazi ko ubufise twiyage umugani izo mbwa.

19.03.2014 08:04, bip telecom from burundi E-mail Homepage :
hew jewe nibaza ko aba dd be nabo bicuditse barwaye mu mutwe.imana igiye gukiza uburundi.ewe potiyano wariye umuhero.gasthon sindimwo yararusinvye yategewe nimbonerakure zimuziza amafarnga yabo yariye nonoe mission yaramunaniye.nawe uragaba.nooe abanyabururi bazobica babamare.mbega l opposant rwasa ava i bururi.banvuginyumvira ava i bururi. nayo gasthon hakiza atwara kaminuza.amenye ko ubu hari ibihumbi18000 vyabanyeshure gushirako abazoza ejo.ubu kandi ariko arvyara.le monde est devenu tres petit ata birishe bizoriha abiwe.mwibuke ko yahamagaye aba polici bakaza kurasa abanyeshure bagatikira ntaco yakoze qui tue sera tué lui aussi...............


19.03.2014 07:55, KJKJO from BURUNDI :
Les jeunes emprisonnés à vie
Je les vois sur cette photo et mes larmes coulent à flots. La plupart ont l'air de ne pas comprendre ce qui leur est arrivé le jour de la trappe, et surtout en cette journée d'amère prédication: geôle à perpétuité, etc. Ils sont tous garçons, visiblement d'une seule et même ethnie "Tutsi". Visage courbé vers le sol et le sol cimenté qui ne répond pas, têtu comme la mort. Des magistrats visiblement heureux de prononcer le verdict insupportable et parmi eux des mamans qui certainement ont mis au monde des enfants, qui ont cet âge des suppliciés. La foule compatit et ne comprend pas ce qui se passe. Ils crient en sourdine à L'INJUSTICE. Quant à moi, je ne vois pas ce que le pouvoir gagne en gardant cette jeunesse en prison. La plupart sont sevrés de l'école...à jamais. D'autres tirent de cette tenèbre la leçon amère d'une politique d'ogre qui tue ses propres enfants. Mais les tenèbres ne durent jamais une éternité. Il suffit d'une étoile de changement pour casser ce désespoir et...donner aux bourreaux le droit d'occuper la geôle et la tombe de leurs victimes. Eh, la terre tourne.

19.03.2014 07:32, IRUMVA :
Mana Rurema tabara Uburundi bugeze habi.Ibutsa abatware banka kurekura imbohe zigwaye ko nabo bambaye umubiri kandi bamenye ko ico ubivye arico wimbura. Mana uzuduhe abategetsi bakwubaha (bubaha ibiremwa vyawe) 2015.

19.03.2014 07:15, Hatungimana Paul from Burundi E-mail :
Amahoro NDEBERI, sinibaza yuko ufise umwanya wo kwiyumvira imbere yuko wemeza ibintu usomye kuri internet. Mbonye ivyo wanditse, wavyandikanye émotions na passion. Ehe muhungu ndakubwire, Pontien arazi ubwenge kandi arafise vision. Mbega wewe ntiwabonye umushingamateka Gasutwa Bonaventure yemeza ivyo Pontien yasavye, Nditije ntiyabivuze yuko agiye kuvugana na Concilie. Wewe uraducereza, ahubwo ntukwirikira. Uriko uravuga umuryango wiwe, umengo uwufitiye impuhwe nyinshi. Oya, ahubwo ubishoboye, umwegere akwigishe.

19.03.2014 06:28, burundi :
nta ki rebelle mufise. ibintu nti biba ryayangaye

19.03.2014 05:52, ndeberi from Burundi E-mail :
Monsieur Potien,naho warondeye itunga ukaronka nivyiza kandi niyo utohemuka wogumye uronka ntawapfuye ngo ntafise ivyo ufise.Ndagusavye sha ureke ayo manyanga.Abanyabururi twaranswe turankwa gushika ho twankwa nabacu bakatugura .Nawewe ujemwo.Jewe nagire ndaguhanure nka mweneso.Ndagusavye ntiwemere ko ejo aho bukera ugenda uri ikimaramare nka nduwimana Edward.Raba kazoza kabawe.Hama abo basoda b'i Bururi barigorewe bankwa na bose kandi bariko bakorera i Gihugu citwa Buburundi bwabibarutse.Ariko nagire nkubwire ko Nduwimana ashaka abazomuteramisha kugira ntabe wenyene mugihe ntazi mugabo kigiye kuza.Ukaba ushaka ubumenja nkawe bikore ariko ikibabaje nuko abiwanyu bari intore uzoba ubavuyemwo.Aho kugira robingi ngo abasoda bakukurutse baronke agafashanyo kokubaho gakwiye ugomba kuba un des services de renseignement.Sha mugabo Edward arazi kwifatira kweli.

Page: < 1, 2, 3, 4, 5, ... 187, 188, 189 >
Entries: 3762
Get free forums, guestbooks, calendars, shorturls and web statistics at motigo.
Site Information